Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3571 jours. Nous ne l'oublions pas.

Web Radio

07/02/2018

Incamake y’amakuru y’iwacu yo ku wa 7 ruhuhuma 2018

• umumenyeshamakuru akorera radio isanganiro mu ntara ya ruyigi yabujijwe gukorera mu riyo ntara na buramatari abdallah hassan..jean claude nshimirimana yarengutse mu gatondo ko kuruyu wa gatatu mu biro vya buramatari w’intara ya ruyigi yahamagajwe kubera inkuru yakoze kuruyu wa kabiri ijanye n’amafaranga ariko atangishwa abigisha bo muriyo ntara ngo nayo guterera amatora yo 2020 […]

06/02/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KUWA 6 RUHUHUMA 2018

• Sentare isubiramwo imanza y’umuryango w’ibihugu vyo muri Afrika y’ubuseruko EAC bitegekanijweko izokwiga kuruyu wa 3 urubanza rujanye n’abitwaye bavugakoumukuru w’igihugu Petero Nkurunziza amategeko atamwemerera ko asubira kwitoza mu matora ya 2015. Abari bituye sentare y’ibihugu vyo muri Afrika y’ubuseruko EAC bakaba bungururije urubanza muri sentare isubiamwo imanza y’ivyo bihugu inyuma yaho iyo sentare yari […]

05/02/2018

Incamake y’amakuru y’Iwacu yo ku wa O5 Ruhuhuma umwaka w’2018

• 05 Umukuru w’igihugu c’Uburundi yamenyeshe ko ata moko ari mu Burundi ahubwo ngo abakorini nibo babivye imbuto mbi mu gihugu. Yabishikirije Kuri uyu wa mbere mu birori vyo guhimbaza imyaka 27 iheze habaye amasezerano y’Ubumwe bw’Abarundi. Ibirori ku rwego rw’igihugu vyabereye mu ntara ya Gitega. • Mw’ijambo yashikirije Abarundi rijanye n’uno musi wo kwibuka […]

02/02/2018

Incamake y’amakuru y’iwacu yo kuwa 2 Ruhuhuma 2018

• Bamwe mu barongoye Imigambwe hamwe nabo mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politique babonako imirwi iriko irategura amatora yokwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro ku rwego rw’ama commune CECI itariko ikora yigenga. Bagiriza abajejwe intwaro ko bivanga mu kazi kiyo mirwi. Ivyo babishikirije mu nama yahuje umurwi w’igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora CENI n’abanyamigambwe,abo mu mashirahamwe […]

01/02/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KUWA 1 RUHUHUMA 2018

• Kuruno wa 4 niho hashingurwanye iteka umuvyeyi w’incungu ya démocratie Melchior Ndadaye. Mu birori vyo kumusezera umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yari yahashitse. Uwo muhisi akaba yashinguwe kurugo iwe ruri ku mutumba wa murama muri commune nyabihanga intara ya Mwaro. Abagiye barafata amajambo bakaba bamenyesheje ko uyo muvyeyi asize yaramaze kumenyeshako abishe umwana wiwe ariwe […]

31/01/2018

Incamake y’Amakuru y’iwacu yo ku wa 31 Nzero umwaka w’2018

• Umurwi ujejwe gutegura amatora Ceni warasohoye ku munsi w’ejo urwandiko rwerekana ingene Abarundi bazokwiyandikisha ku matora y’imirijwe. Prosper Ntahogwamiye, avugira uwo murwi avuga ko ico gikorwa kizotangura kwitariki 08 gihere kw’itariki 17 z’ukwezi kwa kabiri ku bibanza vyateguwe n’umurwi Ceni mu gihugu cose eka mbere no hanze y’igihugu. Prosper Ntahogwamiye agasaba Abarundi kwitaba ico […]

31/01/2018

Au sommaire de l’édition de ce mercredi 30 janvier 2018 du journal ’’Amakuru y’Iwacu’’

• La commission électorale nationale indépendante, Ceni indique que l’enrôlement des électeurs est fixé du 08 au 17 février courant, sur l’étendue du territoire burundais ainsi qu’à l’étranger. Selon l’arrêté signé par le bureau de cette commission. Le porte-parole de la Ceni, Prosper Ntahogwamiye appelle les Burundais à la mobilisation pour ce rendez-vous qui ne […]

30/01/2018

Incamake yamakuru yiwacu yo kuwa 30 nzero 2018

• Bamwe mu banyagihugu bo muri segiteri ya Kizina ni muri komine Gihanga intara ya Bubanza bazindutse ku biro vy’umuhuza w’abarundi mu gatondo ko kuruyu wa kabiri. Ikibazo c’amatongo yabo hamwe n’imitahe irondera bamwe murabo banyagihugu nico cari cabatumye kuza kubiro vya Edouard Nduwimana. Inyuma y’ umubonano bahawe n’umuhuza ari kumwe n’umushikiranganji w’ubutangane ngo bemerewe […]

MENU