Mercredi 15 mai 2024

Politique

La ministre en charge de la Communication démissionne elle aussi

04/02/2014 75
Léocadie Nihazi, ministre des Télécommunicatios, de l’Information, de la Communication et des relations avec le Parlement  ©Iwacu
Léocadie Nihazi ©Iwacu

Après le retrait de Jean-Claude Ndihokubwayo du gouvernement pour cause de « manque de respect du partenaire » qu’est l’Uprona de la part du Cndd-Fdd, c’est au tour de celle qui tenait le portefeuille de l’Information et de la Communication de rendre le tablier.

Forum des lecteurs d'Iwacu

75 réactions
  1. Abo bose nibakinjure muri gouvernement ariko abadafyina bazohasubira kandi bazokwicuza.

  2. Kabwirukankane

    Ubwicanyi aho bwamye mupfasoni Leocadiya. Isubirireyo, ivyo mwasahuye nyuma y 65, 68-69, 72 ntibirahera bizobatunga n abana banyu. Nshima na Kadege yivugiye ati umututsi atavuka i Bururi n imperekeza, si nryamunyu. Bsporona umuzimu wa Rwagasore uguma ubakubita intahe mumutima: kubesha ngo mukurikiza iragi ryiwe atariwe yabatumye kwica, gusahura no kwangaza!! Kwiba amazina y abitoreye concours b abahutu!! Bagaza kubuza abahutu kwiga ngo nibahambe amaguru!! Tant que gutwara bigica mumatora, nta muporona azosubira kukimoteera. Mvuze umuporona simvuze umututsi. Bagenzi mugira commentaire, niba mutirengagiza ukuri muguca kuruhande: porona, mu matora izira kahise kayo kanuka. Indyane nazo barimwo canke bamamwo, ni umuvumo w ibirasovy abo bishe no kubeshera uwatanguje uyo mugambwe. Iwacu ntumfutire ibintu

    • Kibinakanwa

      Ngo irigukunze rikuguma mu kanwa. Iy’ upfuma uhora. Nk’ ivyo vyo kwangaza, kwangara uvuga urazi ko beshi muri mwebwe mwahunga muhejeje gusasika inganda. Mwahunga abasoda. N’ ubu hamwe abatutsi bakwaduka muri benewabo b’ abahutu bagomba kubahonya, nta nkeka abasoda bogenda kubanguranya. Abatutsi boheza bagahunga. Ariko ntibikabe kuko Ababikoze ntivyabereye. Raba ingene igihugu kibananiye gutwara kandi mugifise cose mu minwe.

  3. Yulu

    Mes Respect chère ministre Leocadie! Mwe na Ministre Jean Claude mweretse Peter ko aho yikiniye amatavu asambura imigambwe, amashirahamwe uko yishakiye hageze ko bihagarara. Na bado urugamba rurabandanya, nta 3 eme mandat ya Peter abarundi b’umutima bazomwemerera. Jewe nomuhanura ko nimba adashaka intambara yindi mu Burundi yoreka imigambwe igakora, agashiraho CENI y’abashingantahe b’ijunja n’ijambo, abarundi bagaca urubanza bo nyene. Nayo niyabandanya akoressha igikenye n’inguvu, ahaaah, azokwibonerako, ikibabaje n’uko ariko akwegera umuriro abanyagihugu nyarucari bama bazira ivyo batazi!

    Cfr Accord d’Arusha, PROTOCOLE II , Article 7, points 2 & 3:
    2. Le Président de la République exerce un pouvoir réglementaire et assure l’application et
    l’exécution des lois. Il exerce ses pouvoirs par décrets, contresignés, le cas échéant, par un
    vice-président ou un ministre intéressé.
    3. Il est élu pour un mandat de cinq ans renouvelable une seule fois. Nul ne peut exercer plus de
    deux mandats présidentiels.
    Lien: http://icoaf.org/docs/Burundi/Accord_Arusha.pdf

    • Alain Pierre

      Je suis désolé kubona wipfuza intambara, nuko atayo uzi sha! Ntaniyizopfa yongeye kuba. Uwuzoyisota, izotangurira iwe iteko iherere iwe nyene. Nta murundi numwe yoba agikurikira ubwije, ico twarwaniye twarakironse hasigaye kukibumbatira. Ibindi navyo, igihugu gishobora no gutwarwa sans l’UPRONA ou sans l’opposition. Bura no gukora ibikorwa mwiteza imbere mwishinge kwasama kubimenyeshamakuru. Nshima ko atanuwubaha amatwi, twarajijutse. Nciye make nkuwukebura uwumva.

  4. Makwaca B.

    Juste jewe ndaraba ibiba i Burundi ngatwenga… Ubwambere, abarundi bafise passivité iteye ubwoba. Ico bazi gusa ni ukubvuga bari kure. Ejo uwobabwira ati reka duhaguruke twanke akarenganyo personne ne viendra on dirait que c’est une affaire de quelques uns lésés; tel que l’Uprona avait laissé les autres formations politiques se faire démolir sans savoir que viendra un jour son tour!!!! Hama abo bavugira aba DD, vous n’êtes pas tres intelligents. Ubwambere, CNDD ntiyatsinze ga ingwano; ce qui signifie que sa seule légitimité au pouvoir n’est pas le choix du peuple mais les accords d’Arusha. Sasa, DD niyaba ishaka guhonyanga les accords d’Arusha, ils doivent bien réfléchir kubera, une fois sans cette constitution qui se base bel et bien sur les dits accords personne ne les suivra et ils seront seuls. Ejo rero ntimuzotangare si le major Buyoya ou un autre leur fasse un coup bas- je veux dire un coup d’Etat.

  5. Friday Rukundo Mbabazi

    Ubugabo burihabwa nico civugo c’Abanamarimwe,
    Abaporona bukuri baraye berekanye ko ubugabo bwihabwa ko hakuba imbwa woba imva.
    Nico civugo c’umurundi w’umutima.
    Aha niho mubonerako umugambwe wa PH-FNL aturuw’ubwoko ariko ari umugambwe uzira akarenganyo.Komera mw’abanamarimwe ba UPRONA.
    Imana ibahangaze twikureko abo Rwagasore Louis na Gahutu Remy bishe abahemu,bansumirinda ba mpemuke ndamuke.

    • Prosper Mbabazi

      Je vous demanderais de changer votre nom: Friday Rukundo Mbabazi. Mbabazi est mon propre nom. Moi je m’appelle Prosper Mbabazi, et je suis en Espagne. C-est bon que nous partagions le nom, mais je ne veux pas que vous fasssiez des commentaires en mon nom. Je vous en prie, changez vos noms d-utilisateur.

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Pour plus de transparence dans nos exportations

Le manque à gagner est énorme : « Plus de quarante millions dollars sont détournés chaque année dans la vente du café ». Ce constat glaçant d’un montant colossal malignement subtilisé est celui du Chef de l’Etat, Evariste Ndayishimiye, lors de la (…)

Online Users

Total 2 394 users online