05/12/2017
INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 5 KIGARAMA 2017
• Inama ya bose y’abari mu biganiro yatevye iraba kur’uyu wa kabiri naho itamaze umwanya munini . Umufasha mu biganiro vy’abarundi yavuze ko ababajwe nuko ibikorwa vyikwega kubera ukudahuza kwimpande ziri mu matati . Benjamain Mkapa yemeza ko kur’uyu wa gatanu impande zose zitegerezwa gusinya kuvyashitsweko ngo kuko izina ry’ivyashitsweko atari ryo ryoshirwa imbere. • […]