Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3571 jours. Nous ne l'oublions pas.

Web Radio

09/01/2018

Incamake y’amakuru y’iwacu yo ku wa 9 Nzero 2017

• Ingingo zapfuswe mw’ibwirizwa nshingiro ngo nizari zijanye n’intwaro y’impfatakibanza ivyo vyashikirijwe n’umukuru w’inama nshingamateka aho yariko ashkiriza ivyahinyanyuwe mw’ibwirizwa nshingiro mu ntara ya Rumonge . abanyagihugu bafashe ijambo bafise amakenga k’uburundi bushobora gusubira mu ntwaro y’umukazo mu gihe ngo inama nshingamateka yagabanijwe ububasha ,amakomine akaba agiye kuramutswa ba musitanteri ,intara nazo zikaba zizorongorwa n’intwazangabo […]

08/01/2018

Incamake y’amakuru yo ku wa 08 Nzero umwaka w’2017

• Ubushikiranganji bw’intwaro yo mu gihugu hagati bwemeza ko amashirahamwe 23 yatanguje umugambi « « Teshwa ute»wo guhamagarira abarundi kutemeza ihinyanyurwa ry’ibwirizwa nshingiro atabaho mu burundi . Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru Terence Ntahiraja umwunganirizi ‘w’umushikiranganji w’intwaro mu gihugu hagati yemeje ko n’ivyo ayo mashirahamwe yafatiyeko atashingiro bifise . uyo avugira ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu […]

06/01/2018

Incamake yamakuru y’iwacu yo kuwa 5 nzero 2018

• Hari umusore azwi nk’imbonerakure yaraye arashwe n’umupolisi ku musozi wa Rutumo muri zone ya Minago mu ntara ya Rumonge. Uwo yarashwe azwi kwizina Bigwanyi ismael akaba yagomba yake inkoho umupolisi nkuko amakuru ava mu gipolisi abivuga. Umuryango wiwe usaba ko hokorwa amatohoza kugira uwo mupolisi yamurashe ahanwe. • Umushikirinzamanza wa sentare nkuru ikukira intara […]

04/01/2018

Incamake y’amakuru y’iwacu yo ku wa kane nzero 2018

• Abanyagihugu baba muri secteur kizina ya 1 niya 2 commune Gihanga intara ya Bubanza bavugako bariko bararenganywa n’abantu bashaka kubakura mu matongo yabo kunguvu agahabwa umuntu atazwi.abo banyagihugu bemezako aho bigeze ubu atawugishobora guhonyoza ikirenge mumirima yabo kuko baca batumwako mubutungane aho i bubanza.bakagiriza umushikiranganji w’ubutungane aimé laurentine kanyana kwariwe yatanze itegeko ry’uko bakurwa […]

03/01/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KUWA 3 NZERO 2018

• Abanywanyi 5 bumushingamateka Agathon Rwasa baraye bungururijwe mugasho ka parake y’intara ya bubanza kur’uyu wa 3, inyuma y’ imisi 6 bafungiwe mugasho ka brigade gihanga .amakuru dukura aho i bubanza akemezako abo banywanyi ba Agathon Rwasa babatwawe inyuma y’inama yakoreshejwe na musitanteri wa komine gihanga Léopold Ndayisaba. Kubwa Alexis Manirakiza arongoye urunani amizero y’abarundi […]

02/01/2018

Incamake y’amakuru y’iwacu yo ku wa kabiri nzero 2017

• Umukuru wigihugu c’uburundi yateye imikono ko bantu bagiye kurongora no kugira imwe mu mirwi itandukanye , muriyo irwi hakaba harimwo umurwi wigihugu ujejwe ubumwe no kunywanisha abarundi urongowe na amabassadeur Guillaume Ruzoviye arongoye umugambwe uharanira intwaro ya cami PMP abagenderabang icegera ciwe ni Alice Nzomukunda arongoye umugambwe ADR nawe musenyeri Justin Nzoyisaba numunyamabanga wuyo […]

01/01/2018

Incamake y ‘Amakuru y’Iwacu yo ku wa mbere Nzero umwaka w’2018

• Umukuru w’igihugu yemezako muruyu mwaka twatanguye wa 2018 hazotunganywa neza ibijanye nogutwara abantu n’ibintu mu ntumbero yoguteza imbere ico gisata. Président Petero Nkurunziza akavugako atamodoka ishaje izokwemerwa gukora. Agahamagarira abipfuza gukorera murico gisata cogutwara abantu n’ibintu kobokorera hamwe kuko arivyo vyofasha mukugiteza imbere. • Umushikiranganji ajejwe umutekano avugako Leta ifise integuro yogushiraho ibigo vyokwakiriramwo […]

MENU