INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 12 NDAMUKIZA 2018
• Inama nshingamateka yemeje integuro y’itegeko rigenga amasezerano y’iyinjira ry’Uburundi mw’ibanki y’Afrika yitwa AFREXIM BANK. Umushikiranganji w’ikigega ca leta avuga ko ubutunzi bw’igihugu buziyongera mu gihe Uburundi bwokwinjira mur’ iyo banki. Kuko ngo muvyo uburundi buzohungukira harimwo kuronka ingurane vyoroshe muriyo banki. Uburundi hamwe n’igihugu ca Soudan y’epfo akaba arivyo bihugu biri mumurynago wa Afrika […]