Ce 25 juin, aux environs de 12h, une grenade vient d’être désamorcée par la police au niveau de l’endroit communément appelé Otraco. Les habitants de ce quartier indiquent que les personnes qui ont piégé cet explosif n’ont pas encore été identifiées. Signalons qu’elle n’a fait aucun dégât matériel ni humain.
3 commentaires
Les commentaires sont fermés.
Isi yosi ivuga, nawe uzibira amatwi ngo ingingo ya 96 y’ibwirizwa shingiro ntitomoye neza ngo kuko natowe rimwe gusa. Ubu ngo noneho ngo mugeze mubindi vyuko n’amasezerano ngo yari ayo guhagarika intambara, ngo ntiyari ayo kuyiheba ubu rero ngo mugomba muyisubire ariko sinzi ubu naho abo muzorwana sinzi nuko izokwitwa ngira muzoyita ingwano hagati yigipolisi gifatanije n’imbonerakura be nabanyagihugu . Ariko nuko nzi nezo ko batanariko barabagwanya ico gihe bica vyitwa igandagugwa ryabo bakabiri nabo bambere kandi ntibikiri nikinyegezwa .Ariko wamugabowe uzobazwa vyishi!!!!!!!!!!!!!.Bayi uwo mbwiye ariyizi ndazi ko atanakanya yifitiye kugusoma aka kajambo nanditse ariko arafise abagasoma a sa place ariko ntaco bibabwiye BAMUBWIRA IBINDI BIMUSOSERA KUGIRA YONGEREZE I RATION HANYUMA ABASIGARIZE VYISHI
Amatora meza barundi bene wacu….mwitegure gushiraho inzego nshasha. Twishakira amahoro biciye mu matora.
@pepe
« amatora meza benewacu »!!!. Le ridicule ne tue pas! Aho urizeye amatora meza? Abantu bariko barapfa ngo ighambaye n’amatora! Uyo mugabo yica amatwi azopfa yangara nka Gahini. Ehe raba asigaye ari wenyene. Rufyikiri yaragiye, Ntavyohanyuma yaragiye, n’abandi benshi bamuhanura bigaca mugutwi biserukira mukundi. Ewe nkuru urateye ikigongwe. Maze imisi nkuraba ngaca numva ikigongwe. Usigaye uri wenyene, n’ejo uzoza wumva ngo Nyabenda nawe yagiye!!!. Ni benshi baba baragiye babura iyo baca imbonerakure n’ico gipolisi. Hanyuma ngo amatora!!! Ni muryumeko muzobwigwa n’uko amaso yanyu atukuye. Nayo Nyamitwe, nomubwirako umuhanuzi mubi aruta umurozi, kandi hakubana n’umubeshi wobana n’umurozi.