Mardi 17 mars 2026

Emery Kwizera

04/04/2018

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 4 Ndamukiza, umwaka w’2018

Leta y’uburundi yagiriza Leta y’urwanda ko yagerageje kwinjiza mu mirwi irwana bamwe mubayoboke b’umwigeme Zebiya Ngendakumana kugira bazoze gutera Uburundi. Leta y’uburundi ibonako imvo zashikirijwe na Leta y’Urwanda kubijanye n’itahukanwa ryabo bayoboke ba Zebiya ari ivyitwazo bidafashe. Mw’itangazo Leta yasohoye (…)

IWACU

02/04/2018

Incamake y’amakuru y’Iwacu yo ku wa 2 Ndamukiza umwaka w’2018

• Abantu barishwe, icenda barakomereka bahitanywe n’igitero ca grenade yatewe mu kirabo kiri ku mutumba wa Rugari-gitamo muri komine n’intara ya Gitega. Abantu 4 bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza. • Umuntu umwe yarakomeretse aguye mu mutego w’abagizi ba nabi kw’ibarabara (…)

IWACU

26/03/2018

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 26 Ntwarante umwaka w’2018

• Amakuru y’IwaImpunzi z’abarundi zirenga ibihumbi 20 nizo zimaze gutaha zivuye mu gihugu ca Tanzania kuva mu kwezi kw’icenda kwo mumwaka uheze. Naho izishika ku bihumbi 30 nizo zimaze kwiyandikisha zivuga ko zishaka gutaha. Ivyo bitigiri vyatanzwe n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho (…)

IWACU

23/03/2018

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 23 Ntwarante umwaka w’2018

• Intumwa idasanzwe y’umunyambanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi, Michel Kafando, ari kumwe n’indi ntumwa barabonanye n’umufasha w’umuhuza mu matati y’Abarundi Benjamin Mkapa kuri uyu wa kane . Imvo kukaba kwari ukuvugan ukugene ibiganiro vy’Abarundi vyosubira gutangura. Hakaba kandi (…)

IWACU

19/03/2018

Amakuru y’Iwacu yo ku wa 19 Ntwarante umwaka w’2018

• Colonel Félix Ntahonkuriye, uwahoze ari umuvugizi w’umukuru w’umuhari FNL ya Aloys Nzabampema, ngo yoba yiciwe mur’iri joro ryakeye mu misozi ihanamiye igisagara ca Uvira, ahitwa Katonyera. Amakuru dukura murako karere avuga ko yoba yarashwe n’abanyagihugu baho bamwivuna kuko ngo (…)

IWACU

12/03/2018

Amakuru y’Iwacu yo ku wa 12 Ntwarante umwaka w’ 2018

• Urunani rugizwe n’abanyepolitike batavuga rumwe na Leta bari hanze y’igihugu, amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike, abamenyeshamakuru hamwe n’amashirahamwe y’abakenyezi barakoranye kuruyu w’Imana mu gihugu c’ububiligi. Pierre Claver Mbonimpa avugira urwo runani bise « Forum citoyen » amenyeshako bari bakoranye (…)

IWACU

05/03/2018

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 5 Ntwarante umwaka w’2018

• Umurwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu wemeza ko utararonka urwandiko rumenyesha uwo murwi ko washizwe mu murwi B uvuye mu murwi A. Jean Bapiste Baribonekeza arongoye uwo murwi abivuze mu gihe hari amakuru avuga ko umurwi mpuzamakungu (…)

01/03/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 1 NTWARANTE 2018

• Abantu 2 bagirizwa ko bakubaguye umumenyeshamakuru akorera ikinyamakuru Iwacu Désiré Sindihebura barahagaritswe kuruyu wa 3. Valentin Ku bwimana ajejwe ivy’ubutunzi kw’ivuriro rimwe ryo muri commune Giheta intara ya Gitega hamwe na Berchimas Hakizimana umumenyeshamakuru akorera i radio ijwi ry’umukenyezi (…)

26/02/2018

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 26 Ruhuhuma w’2018

MU gatondo ko kuri uyu wa mbere hafi 8 n’igice z’ubuca n’ z’ibiri n’igice z’ijoro, ku mutumba wa Mutoyi, zone ya Mutoyi, ikomine ni Bugendana mu ntara ya Gitega, mu bunywero bw’aho bita mw’i JABE, umusirikare wo ku kirindiro caho (…)

19/02/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 19 RUHUHUMA 2018

• Umurwi w’igihugu ujejwe gutegura amatora Ceni umenyesha ko abantu barenga imiliyoni 5 aribo biyandikishije kugira bazokwitabe amatora yo guhinyanyura ibwirizwa shingiro n’amatora yo mu mwaka w’2020. Pierre Claver Ndayicariye arongoye umurwi Ceni yemeza ko ibice 112,01 kw’ijana vy’abari bategekanijwe (…)

IWACU

12/02/2018

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 12 Ruhuhuma umwaka w’2018

• Igikorwa co kwandika abazoja mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro nabazoja mu matora yo mu 2020 cabandanije ku musi ugira 5. Mu tunenge tumaze kwibonekeza ahanini nuko hari abariko barakora ico gikorwa bahagarikwa bagirizwa ko bariko baragikora (…)

IWACU

05/02/2018

Incamake y’amakuru y’Iwacu yo ku wa O5 Ruhuhuma umwaka w’2018

• 05 Umukuru w’igihugu c’Uburundi yamenyeshe ko ata moko ari mu Burundi ahubwo ngo abakorini nibo babivye imbuto mbi mu gihugu. Yabishikirije Kuri uyu wa mbere mu birori vyo guhimbaza imyaka 27 iheze habaye amasezerano y’Ubumwe bw’Abarundi. Ibirori ku rwego (…)