• Umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre Nkurunziza, arashima yuko Abarundi basidukanye n’iyonka mu kwitaba kamarampaka yo kuri uyu wa 17 Rusama. Ku bwiwe rero ni ikimenyetso c’uko banyuzwe no gukunda igihugu. Ashima kandi yuko Itora ry’abaye mu mahoro n’umutekano akizera ko (…)
• Umumenyeshamakuru Jean Bosco Ndarurinze akorera i radio mpuzamakungu y’abanyamerika VOA yabujijwe gukora akazi kiwe ko kumenyesha amakuru. Yaragiye kurondera amakuru kurui uyu wa mbere . Nk’uko vyemezwa n’uyo mumenyeshamakuru ngo yari yagiye gukwirikirana imyiyamamazo y’umugamwe CNDD-FDD muri commune Busoni (…)
• Iradiyo mpuzamazamakungu y’Abongereza BBC n’iy’Abanyamerika VOA zigiye kumara amezi atandatu zidasamiranira mu Burundi kuva kw’igenekerezo rya ndwi Rusama. Urwego rw’igihugu rukirikirana imiromo y’ibimenyeshamakuru CNC rwafashe iyo ngingo, mu vyo ruyagiriza harimwo kudakurikiza amategeko yo kumenyesha amakuru. CNC iragiriza BBC (…)
• Umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD ubona ko integuro y’ibwirizwa nshingiro rishasha niyemezwa bizotuma ico uwo mugambwe wita akajagari kari mu ntwaro gahera. Uwo mugambwe wabishikirije kuri uyu wa 4 uriko urigisha abanyagihugu bo muri commune gisuru intara ya Ruyigi (…)
• Sentare nkuru y’intara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural yaciriye gupfungwa umunyororo w’imyaka 3 n’ihadabu y’ibihumbi 300 y’amafaranga y’amarundi uwitwa Melchiade Nzopfabarushe. Yagirizwa ivyaha vyo gutera ubwoba abanyagihugu, kubagumura hamwe no kubateranya n’ubutegetsi. Umushikirizamanza wa Républika mukumurengutsa mubutungane akaba (…)
• Umukuru w’igihugu yasohoye itegeko rimenyesha isango abanyapolitique bazotangurirako imyiyamazo y’itora ryo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro rizoba ku wa 17 rusama uno mwaka. Iyo myiyamamazo izotangura igenekerezo rya mbere gushika ku rya 14 Rusama uno mwaka nyene. Izokwama itangura (…)
• Urunani Amizero y’Abarundi rurikuwe n’umugambwe Sahwanya Frodebu hamwe n’umugambwe Uprona utemewe na Leta Barungikiye urwandiko uwurongoye ubumwe bwa afrika, uwurongoye umuryango wa Afrika y’ubuseruko , umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU. Muri urwo rwandiko basaba abo bandikiye gukora ibishoboka mu (…)
D’après nos sources, un policier burundais de la position de Ruhororo, en commune Mabayi de la province Cibitoke, a été arrêté par des militaires rwandais, dans la nuit du 13 avril. Il s’agit d’APC Théogène Irakoze. Contacté, le gouverneur de (…)
• Umurwi w’abashingamateka batowe mu runani rw’abatavuga rumwe na Leta Amizero y’abarundi bemezako abantu 3 bayoboka urwo runani bakubiswe barakomereka mugatondo ko kuruyu wa 5, umushingamateka Bernard Ndayisenga yatowe muri urwo runani nawe arakubagurwa. Ivyo bikaba vyabereye muri zone ya (…)
• Urwego rw’igihugu rujejwe gucungera ibinyamakuru CNC rwafashe ingingo yo guhagarika mu kiringo c’amezi 3 igisata gitangigwamwo ivyiyumviro ku rubuga ngurukanabumenyi rw’ikinyamakuru Iwacu. Umukuru w’urwo rwego akongera akaba ari n’ umuvugizi wa CNC, Rhamadani Karenga asigura ko ivyiyumviro bica ku (…)
• Ubukene bw’igitoro burabandanya kw’ibonekeza mu gisagara ca Bujumbura. ku masitasiyo atari make ntikiharangwa. Aho kiramutse kibonetse, uhasanga imirongo miremire y’imiduga. Abagikeneye ubushikiranganji bubijejwe gukora ibishoboka kugira kiboneke. Ubuyobozi bukuru bujejwe amasoko ntanganganguvu bukamenyesha yuko kiriko kiraza mbere ko ejo (…)
• Kuri uyu wa 5 Abarundi bariko baribuka imyaka 24 iheze uwahoze atwara Uburundi Cypriano Ntaryamira yitavye Imana. Hari ku wa 6 ndamukiza umwaka w’1994. Yahitanywe n’isanganya ry’indege ryabereye mu gihugu c’urwanda. Yitavye Imana arikumwe n’abashikiranganji 2 ba Leta y’uburundi (…)