5000 ménages des secteurs Kizina 1 et 2 de la commune Gihanga, en province Bubanza, sont dans la tourmente. Ils indiquent avoir été expropriés de leurs terres, sur ordre de la ministre de la Justice, en faveur d’une famille. Ces (…)
• Abashingamateka batowe mu runani Amizero y’abarundi biyamiriza kuzokatwa amafaranga ku mishahara yabo kugira baterere amatora yo mu mwaka wa 2020. Mw’ikete abo bashingamateka barungikiye umukuru w’Inama nshingamateka pascal Nyabenda bamenyeshako batokwemera gukatwa amafaranga yoguterera amatora mugihe ngo basanzwe bariha (…)
• Inama nshingamateka y’uburundi yemeje ijana kw’ijana integuro y’itegeko rigenga amafaranga reta izokoresha mu mwaka wa 2018.imiriyaridi 1224.1 akaba ariyo mahera reta itegekanya gukoresha.umushikiranganji w’ikigega ca reta Domitien Ndihokubwayo akaba yamenyeshejeko iyo nteguro y’isunze politike yugutubika uwavubi.Abashingamateka bakaba bibaza aho (…)
• Inama ya bose y’abari mu biganiro yatevye iraba kur’uyu wa kabiri naho itamaze umwanya munini . Umufasha mu biganiro vy’abarundi yavuze ko ababajwe nuko ibikorwa vyikwega kubera ukudahuza kwimpande ziri mu matati . Benjamain Mkapa yemeza ko kur’uyu wa (…)
• Ku munsi ugira uwa gatatu w’ibiganirio vy ‘abarundi biriko bibera i Arusha imirwi yari yagizwe n’umufasha w’umuhuza yahiduwe n’impande z’abarundi ziraho muri tanzaniya ,aho zaciye zishiriraho imirwi itanu kandi yose ikazokwitorera abayirongoye babarundi mbere akaba aribo bazoshikiriza ivyo bashitse (…)
• Iminsi itanu irarumanye umunyororo Juvent Nduwimana yarafungiwe mw’ibohero rikuru rya mpimba atawuzi irengero ryiwe . Mugihe hari abemeza ko uwo munyororo yoba yasohotse iryo bohero ahawe uruhusha munyuma ntiyagaruka. Mu gipolisi c’uburundi no mw’ibohero bobo bemeza ko uyo munyororo, (…)
• Clovis Ngabirano, 27 ans, de l’université Lumière, habitant du quartier Kibenga, de la ville de Bujumbura, a été enlevé ce dimanche par deux personnes en tenues policières à bord d’un véhicule de type TI, plaque C8168A. Cela s’est passé (…)
• La coalition de l’opposition en exil, le Cnared demande au gouvernement tanzanien de sortir du silence et d’indiquer clairement ce que sont devenues les 4 personnes arrêtées sur le territoire tanzanien. De confirmer ou infirmer l’information selon laquelle les (…)
• Une somme non encore connue a été volée dans la nuit de ce mardi au bureau de la Coopec Nyeshenza. C’est dans la commune Mugina de la province Cibitoke. La population de cette localité s’inquiète quant à son argent (…)
• Le premier vice-président de la République a présenté ce mercredi devant les deux chambres du parlement l’évaluation de la mise en application du programme du gouvernement pour le premier semestre 2017. Gaston Sindimwo a relevé le défi lié au (…)
• Le Conseil des nations-unies pour les droits de l’Homme a adopté ce vendredi, le projet de résolution proposée par l’Union européenne, 22 voix en faveur, 11 contre et 14 abstentions. Elle renouvelle le mandat de la commission d’enquête sur (…)
• Le manque de devises et l’insuffisance de l’énergie sont des obstacles majeurs à l’exportation au Burundi. Ce sont des déclarations faites par les exportateurs œuvrant au Burundi. Cela fait que la balance économique soit déséquilibrée. Dans un séminaire de (…)