22/03/2018
INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 22 NTWARANTE 2018
• Kuruyu wa 4 amezi 20 araheze atawuzi irengero rya Mugenzi wacu Jean Bigirimana yakorera ikinyamakuru Iwacu. Jean Bigirimana yabuzwe irengero igenekerezo rya 22 ukwezi kwa mukakaro mu mwaka wa 2016. Abamubnye ubwanyuma bavugako bamubonye muri zone Bugarama mu ntara ya Muramvya. Amakuru ava mu bamubonye ubwa nyuma yemezako yatwawe n’umuduga woba ari uw’urwego rw’iperereza. […]