Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3571 jours. Nous ne l'oublions pas.

Web Radio

16/05/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 16 RUSAMA 2018

• Umukuru w’umugwi ujejwe gutegura amatora ceni mu burundi amenyeshako atamuntu yogira amakenga kubantu bazotora bakoresheje udupapuro biyandikishirijeko récépissé mu gifaransa ko bashobora gutora kabiri canke akarenga .pierre claver Ndayicariye akavugako irangi bazoshira kurutoke rwuwuhejeje gutora rishobora kumara imisi itatu canke ine. Uwurongoye umugwi ujejwe gutegura amatora mu gisagara ca Bujumbura amenyesha ko bahejeje kwitegura […]

15/05/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 15 RUSAMA 2018

• Kuruyu wa 2 niho hashingurwanye iteka abantu 24 baguye mugitero c’abicanyi cabaye ku musozi Ruhagarika muri commune Buganda intara ya cibitoke. Hari mw’ijoro ryo ku musi wa 5 indwi iheze. Imiryango yabuze ababo cokimwe nabanyagihugu baba kuruyo mutumba basaba ko hokwongerezwa abajejwe umutekano kuruyo mutumba kugira ubwicanyi nkubwo ntibusubire kuhaba. Umushikiranganji w’intwaro yo hagati […]

14/05/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 14 RUSAMA 2018

• Kuruyu wa 1 niho abanya politique bari bamaze indwi 2 bakora imyiyamazo ijanye n’amatora yokwemza canke guhakana ihinyanyurwa ry’ibwirizwa nshingiro barangije ico gikorwa nkuko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu rihamagarira gukora iyo myiyamamazo. Umugambwe uri k’ubutegetsi CNDD-FDD ukaba warangirije imyiyamazo yawo ihamagarira abarundi bose kuzotora ego hano mu gisagara ca Bujumbura. Umunyamabanga mukuru w’uyo mugambwe […]

11/05/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 11 RUSAMA 2018

• Uwurongoye igipolisi mu ntara ya cankuzo yaraye ijoro ryiwe ryambere mu gasho kabagabo ko muntara yangozi, opc1 Donatien barandereka yahagaritswe nkisaha zine yagirizwa gushaka guhungabanya umutekano wigihugu .uwo arongoye igipolisi mucankuzo apfunganywe na cleofas irankunda ari nawe yafatanywe inkoho yo mubwoko bwa pistolé yuwo mu commissaire.iyo nkoho igipolisi kikaba caciye kiyaka uwo musore bikavugwako […]

11/05/2018

Au sommaire de l’édition de ce vendredi 11 mai 2018 du journal « Amakuru y’Iwacu

• Le commissaire de police dans la province de Cankuzo a passé sa première nuit dans la prison de Ngozi. L’OPC 1, Donatien Barandereka a été arrêté ce jeudi vers 10h, accusé d’atteinte à la sureté de l’Etat. Ce commissaire provincial de Cankuzo a été appréhendé en compagnie d’un certain Cléofas Irankunda en possession d’une […]

10/05/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 10 RUSAMA 2018

• Ubushikiranganji bujejwe umutekano bwerekanye kuruyu wa 4 imodoka 10 zo mubwoko bwa Mitsubishi hamwe n’ipikipiki 27. Umuvugizi w’ubwo bushikiranganji Pierre Nkurikiye avugako izo modoka hamwe nizo pikipiki vyafatiwe hano mugisagara ca Bujumbura muri Rohero ya 1 kurugo rw’umukenyezi w’umurwizatunga yitwa bayisufu. Pierre Nurikiye avugako ngo zari zihanyegeje kuva mu 2010. Ngo zikaba zari zatumweko […]

10/05/2018

Au sommaire de l’édition de ce jeudi 10 mai 2018 du journal « Amakuru y’Iwacu

• 10 véhicules et 27 motos ont été saisis par la police ce mercredi dans un ménage au quartier Rohero 1 chez une certaine Bastena Hussein, épouse d’un homme d’affaires du nom de Bayusufu. La police indique que ces véhicules seraient dans ce ménage depuis 2010. Le porte-parole du ministère de la sécurité, Pierre Nkurikiye […]

09/05/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 09 RUSAMA 2018

• Igikorwa co gutanga amakarata kubiyandikishije ngo bazokwitabe amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa shingiro rishasha catanguye kuruyu wa 3 mu gihugu cose. Mu bibanza bitandukanye twaciyemwo hano mu gisagara ca Bujumbura ico gikorwa cariko kigenda neza n’aho utunenge tutabuze Abanyagihugu baranegura ariko ko abajejwe gutanga amakarata ari bake. Basaba umurwi Ceni kwongereza abakozi. • […]

08/05/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 08 RUSAMA 2018

• Uwurongoye urunani rw’abatavuga rumwe na Leta Amizero y’abarundi Agathon Rwasa yandikiye umurwi w’igihugu wigenga ujejwe amatora CENI ko wofata mu minwe ikibazo c’uwitwa Réverien Niyimpa aherutse gutangazo ko agiye kugira imyiyamamazo kw’izina ry’urunani Amizero y’abarundi. Muriryo kete, Agathon Rwasa yemezako uyo muntu atazwi mu runani Amizero y’abarundi ari naco gituma atokwemererwa gukora iyo myiyamamazo. […]

08/05/2018

Au sommaire de l’édition de ce mardi 08 mai 2018 du journal « Amakuru y’Iwacu

• Le représentant de la coalition des indépendants, Amizero y’Abarundi a adressé une correspondance à la Commission électorale nationale indépendante, CENI. Dans cette correspondance, Agathon Rwasa demande au président de la CENI de se saisir de la question d’un certain Révérien Niyimpa qui a récemment annoncé qu’il va battre campagne au nom de la coalition […]

07/05/2018

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 07 RUSAMA 2018

• Umumenyeshamakuru Jean Bosco Ndarurinze akorera i radio mpuzamakungu y’abanyamerika VOA yabujijwe gukora akazi kiwe ko kumenyesha amakuru. Yaragiye kurondera amakuru kurui uyu wa mbere . Nk’uko vyemezwa n’uyo mumenyeshamakuru ngo yari yagiye gukwirikirana imyiyamamazo y’umugamwe CNDD-FDD muri commune Busoni intara ya Kirundo. Abakozi bo mu rwego rw’iperereza muri iyo ntara hamwe n’uwurongoye igipolisi muri […]

MENU