Mercredi 18 mars 2026

Emery Kwizera

IWACU

31/01/2018

Incamake y’Amakuru y’iwacu yo ku wa 31 Nzero umwaka w’2018

• Umurwi ujejwe gutegura amatora Ceni warasohoye ku munsi w’ejo urwandiko rwerekana ingene Abarundi bazokwiyandikisha ku matora y’imirijwe. Prosper Ntahogwamiye, avugira uwo murwi avuga ko ico gikorwa kizotangura kwitariki 08 gihere kw’itariki 17 z’ukwezi kwa kabiri ku bibanza vyateguwe n’umurwi (…)

22/01/2018

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 22 Nzero umwaka w’2018

• Amezi 18 araringiye atawuzi irengero ry’umumenyeshamakuru Jean Bigirimana yakorera ikinyamakuru Iwacu. Jean Bigirimana akaba yabonywe irya nyuma kuwa 22/7/2016 muri zone Bugarama mu ntara ya Muramvya. Amakuru ava ku bamubonye ubwa nyuma yemezako yatwawe n’umuduga woba ari uw’urwego rw’iperereza, (…)

IWACU

15/01/2018

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 15 Nzero umwaka w’2018

• Ku wa 15 gushika ku ku wa 26 z’uku kwezi kwa mbere I Geneve mu gihugu c’Ubusuwisi hategekanijwe inama igira 29 yo kubaza ingene mu bihugu 14 harimwo Uburundi hafashwe ingingo zo guteza imbere agateka ka zina muntu. Abaserukira (…)

IWACU

08/01/2018

Incamake y’amakuru yo ku wa 08 Nzero umwaka w’2017

• Ubushikiranganji bw’intwaro yo mu gihugu hagati bwemeza ko amashirahamwe 23 yatanguje umugambi « « Teshwa ute»wo guhamagarira abarundi kutemeza ihinyanyurwa ry’ibwirizwa nshingiro atabaho mu burundi . Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru Terence Ntahiraja umwunganirizi ‘w’umushikiranganji w’intwaro mu gihugu hagati yemeje (…)

01/01/2018

Incamake y ‘Amakuru y’Iwacu yo ku wa mbere Nzero umwaka w’2018

• Umukuru w’igihugu yemezako muruyu mwaka twatanguye wa 2018 hazotunganywa neza ibijanye nogutwara abantu n’ibintu mu ntumbero yoguteza imbere ico gisata. Président Petero Nkurunziza akavugako atamodoka ishaje izokwemerwa gukora. Agahamagarira abipfuza gukorera murico gisata cogutwara abantu n’ibintu kobokorera hamwe kuko (…)

IWACU

18/12/2017

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 18 Kigarama umwaka w’2017

• Inama nshingamateka ya Afrika y’Ubuseruko EALA yasibije amatora y’umukuru wayo. Amatora yarategekanijwe kuri uyu wa mbere ntiyabaye kubera ko Abarundi batashimye kuja mu bikorwa vyayo basaba ikurakuranwa ku burongonzi bw’iyo nama nshingamateka. Abashingamateka bose bagize EALA bakaba barahiye kuri (…)

IWACU

11/12/2017

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 11 Kigarama umwaka w’2017

• Amafaranga ibihumbi bibiri ku kwezi ku rugo n’igihumbi kimwe c’amafaranga y’amarundi ku munyeshure canke uwundi muntu afise imyaka yo gutora n’iyo agiye gutangwa kuva mu mwaka buca dutangura ku mwaka mu ntumbero yo gutegura amatora yo mu mwaka w’2020. (…)

04/12/2017

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 4 Kigarama umwaka w’2017

• Inama ya bose yari itegekanijwe kuri uyu wa 1 hagati y’impande ziri mu biganiro hagati y’Abarundi i Arusha ntiyabaye. Bikaba vyatewe n’uko ibiro vy’umuhuza muri ivyo biganiro bikiriko birashira mu rurimi rw’icongereza ivyavuye mu vyakorewe mu mirwi y’abari muri (…)

27/11/2017

Incamake y’Amakuru y’Iwacu yo ku wa 27 Munyonyo 2017

Kuri uyu wa mbere niho hatanguye ibiganiro ku matati y’Aburundi mu gisagara c’i Arusha mu gihe vyaribitegekanijwe ko bitangura icese ,umufasha mu biganiro yatangaje ko ibikorwa bizokugururwa kuri uyu wa kabiri . Reta y’Uburundi ikaba yitavye muri ivyo biganiro iserukiwe (…)

20/11/2017

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 20 MUNYONYO 2017

• Intumwa y’umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Michel Kafando bitegekanijwe ko ashikiriza icegeranyo k’uburundi imbere y’inama ya ONU ijejwe umutekano. Ni inyuma y’urugendo rw’indwi yaheruka kugira hano mu Burundi kw’igenekerezo rya 29 gitugutu uno mwaka. Michel Kafando mubo babonanye haka (…)

13/11/2017

Au sommaire de l’édition de ce lundi 13 novembre 2017 du journal ’’Amakuru y’Iwacu’’

• 5 personnes ont été blessées dans une attaque menée par des hommes armés de machettes. L’attaque a eu lieu dans la commune de Ndava, en province Mwaro, dans la nuit de ce dimanche. L’administrateur de la commune Ndava, Aloys (…)

IWACU

23/10/2017

Au sommaire de l’édition de ce lundi 23 octobre 2017 du journal ’’Amakuru y’Iwacu’’

• L’Union européenne a renouvelé ce lundi, les mesures restrictives prises contre le Burundi jusqu’au 31 octobre 2018. Le Conseil de l’UE qui a pris cette décision, estime que l’absence de l’évolution de la situation au Burundi justifiait le renouvellement (…)