INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 13 KIGARAMA 2017
• Inama nshingamateka y’uburundi yemeje ijana kw’ijana integuro y’itegeko rigenga amafaranga reta izokoresha mu mwaka wa 2018.imiriyaridi 1224.1 akaba ariyo mahera reta itegekanya gukoresha.umushikiranganji w’ikigega ca reta Domitien Ndihokubwayo akaba yamenyeshejeko iyo nteguro y’isunze politike yugutubika uwavubi.Abashingamateka bakaba bibaza aho gutubika uwavubi bizoherera. • Abashingamateka batatu bo mu gihugu ca reta zunze ubumwe z’amerika barashikirije […]