INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 25 RUSAMA 2018
• Uwuserukira umunyamabanga mukuru wa onu mu burundi amenyeshako ibiganiro bihuza abarundi birongowe nakarere vyari bikwiye gusubira gutangura ngo kuko inyuma y’amatora ya kamarampaka hashobora kwaduka indyane mu burundi.Michel Kafando yabivuze kuruyu wa kane imbere y’akanama ka onu kajejwe umutekano.Icabonetse muriyo nama nuko ibihugu biyigize bidahuriza kucokorwa kugirango indyane za politique ziri muburundi, bamwe bakabonako […]