• Après la décision de la Chambre d’Appel de la Cour de justice de l’EAC de réexaminer le fond de « l’affaire 3ème mandat du président Pierre Nkurunziza », l’Etat burundais se dit optimiste quant à l’issue de ce dossier. (…)
• Uwuserukira umunyamabanga mukuru wa onu mu burundi amenyeshako ibiganiro bihuza abarundi birongowe nakarere vyari bikwiye gusubira gutangura ngo kuko inyuma y’amatora ya kamarampaka hashobora kwaduka indyane mu burundi.Michel Kafando yabivuze kuruyu wa kane imbere y’akanama ka onu kajejwe umutekano.Icabonetse (…)
• Amezi 22 ararangiye atawuzi irengero ry’umumenyeshamakuru Jean Bigirimana yakorera ikinyamakuru Iwacu. Mugenzi wacu yabuzwe irengero kw’igenekerezo rya 22 mukakaro umwaka wa 2016. Abamubonye ubwanyuma bavugako bamubonye ari i bugarama mu ntara ya Muramvya. Amakuru ava aho yabonywe ubwanyuma akavugako (…)
• Kuruyu wa 2 niho hashingurwanye iteka abantu 24 baguye mugitero c’abicanyi cabaye ku musozi Ruhagarika muri commune Buganda intara ya cibitoke. Hari mw’ijoro ryo ku musi wa 5 indwi iheze. Imiryango yabuze ababo cokimwe nabanyagihugu baba kuruyo mutumba basaba (…)
• Ubushikiranganji bujejwe umutekano bwerekanye kuruyu wa 4 imodoka 10 zo mubwoko bwa Mitsubishi hamwe n’ipikipiki 27. Umuvugizi w’ubwo bushikiranganji Pierre Nkurikiye avugako izo modoka hamwe nizo pikipiki vyafatiwe hano mugisagara ca Bujumbura muri Rohero ya 1 kurugo rw’umukenyezi w’umurwizatunga (…)
• Uwurongoye urunani rw’abatavuga rumwe na Leta Amizero y’abarundi Agathon Rwasa yandikiye umurwi w’igihugu wigenga ujejwe amatora CENI ko wofata mu minwe ikibazo c’uwitwa Réverien Niyimpa aherutse gutangazo ko agiye kugira imyiyamamazo kw’izina ry’urunani Amizero y’abarundi. Muriryo kete, Agathon Rwasa (…)
Umugambwe uri k’ubutegetsi CNDD-FDD uhamagarira abarundi bose kuzotora ego mu matora yimirije yokwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro. Uwo mugambwe wabishikirije kuruyu wa 3 muri commune Bugendana intara ya Gitega aho wariko uratanguza imyiyamamazo ijanye nayo matora. Uwo mugambwe ukaba wasiguriye (…)
• Kuruyu wa 2 niho hatanguye ukwiyamaza kubanya politique mubijanye n’amatora yimirije kw’igenekerezo rya 17 kuno kwezi twatanguye yokwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro. Muriyo myiyamamao yatanguye abanya politique bakaba bemerewe kuzokwigisha abanyagihugu kuzotora ego canke oya murayo matora. Imigambwe 26 (…)
• Abantu 5 bitavye Imana abandi 5 barakomereka bahitanywe n’isanganya ry’imodoka ryebereye muri commune Gashikanwa intara ya Ngozi mugatondo ko kuruyu wa 4. Ibutique 11 zari zubatse ahabereye iryo sanganya nazo zasambutse. Iryo sanganya rikaba ryabaye ku mdoka y’i camion (…)
• Abantu 6 nibo bamaze guhagarikwa kuva kuruyu wa mbere muri komine songa intara ya bururi.abo bose bahagarikwa bagirizwa gukora amanama yo mukinyegero yo kuzotora oya mumatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa shingiro mukwezi buca dutangura.imiryango yabo bantu bakamenyeshako atakindi (…)
Le comité central de l’Uprona a appelé ce samedi 21 avril tous les membres de parti du héros de l’indépendance à dire oui au Projet de Constitution à soumettre au référendum le 17 mai prochain. Telle est la décision prise (…)
• Abantu batatu baraye bapfuye abagera kuri bane barakomereka mugitero cakozwe n’abantu batashoboye kumenyekana hagati y’imitumba ya kagwema hamwe na gihungwe muri komine gihanga intara ya bubanza kuruyu wa 1. Amakuru avaho akemezako igitero cabaye kuva isaha zibiri zirenga gato (…)