Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3572 jours. Nous ne l'oublions pas.

Web Radio

16/11/2017

INCAMAKE Y’AMAKURU YO KUWA 16 MUNYONYO 2017

• Umufasha w’umuhuza mu biganiro hagati y’abarundi Benjamin Mkapa yatumyeko umubonano hagati y’ aberwa n’ibiganiro hagati y’abarundi. Uwo mubonano uzobera i Arusha muri tanzaniya ukaba utegekanijwe kuva kuwa 26 kuno kwezi kugera kw’igenekerezo rya 8 kigarama. Nkuko biri mwitangazo ry’umufasha w’umuhuza Benjamain Mkapa ivyo biganiro ntawe bizokumira . Ariko mu runani rw’imigambwe itavuga rumwe na […]

15/11/2017

INCAMAKE Y’AMAKURU Y’IWACU YO KUWA 15 MUNYONYO 2017

• Iminsi itanu irarumanye umunyororo Juvent Nduwimana yarafungiwe mw’ibohero rikuru rya mpimba atawuzi irengero ryiwe . Mugihe hari abemeza ko uwo munyororo yoba yasohotse iryo bohero ahawe uruhusha munyuma ntiyagaruka. Mu gipolisi c’uburundi no mw’ibohero bobo bemeza ko uyo munyororo, yagirizwa kugira uruhara mw’igandagurwa ry’ababikira batatu ba paroisse Guido Maria conforti yo mu kamenge yoba […]

14/11/2017

Au sommaire de l’édition de ce mardi 14 novembre 2017 du journal ’’Amakuru y’Iwacu’’

• L’observatoire de lutte contre la corruption et les malversations économiques OLUCOME déplore que le gouvernement prévoie chaque année dans son budget des fonds alloués pour l’entretien du Jet Présidentiel. Gabriel Rufyiri président de l’OLUCOME dit ne pas comprendre l’utilité de ces fonds alors que jusqu’aujourd’hui cet avion n’est pas fonctionnel. Il estime qu’il s’agit […]

14/11/2017

INTANGAMARARA Y’AMAKURU Y’IWACU YO KU WA 14 MUNYONYO 2017

. Ishirahamwe OLUCOME ryishinze kurwanya abarya ibiturire n’abasesagura amatungo ya Leta ribonako bidasiguritse ingene Leta yama itegekanya mu mafaranga ikoresha ku mwaka kumwaka uburyo bwogukoresha nogukwirikirana indege irerura umukuru w’igihugu. Gabriel Rufyiri arongoye OLUCOME avugako bidasiguritse kuko kugera ubu indege irerura umukuru w’igihugu itaratangura gukora. Akabonako ari ukunyonora amatungo y’igihugu mugushira ho ayo mafaranga. Gabriel […]

MENU