• kur’uyu wa 25 kigarama ,hahimbazwa Umusi mukuru wa Noel ngo n’umusi uhimbazwa n’abemera co kimwe n’abatemera. Kubwa bamwe mu bakristu bayaze n’amakuru y’iwacu ngo uwo musi nuwo guhimbaza ivuka rya Yezu Kristu. Bamenyesha ariko ko umusi mukuru wa Noel (…)
• Abantu babiri bishwe barashwe n’igipolisi abandi batatu barahagarikwa ni mugihe igipolisi ngo cari kigiye gusaka ku mihana yo kumutumba wa mpishi hakekwa inkoho y’umupolisi yishwe acunze kuri poste ya komine Musigati . Musitanteri wa komine Musigati yemeza ko abo (…)
• Abari mu biganiro hagati y’abarundi vyari bimaze imisi biriko birabera i Arusha ntibashoboye gutera umukono kumasezerano yivyo bumvikanye nkuko vyari bitegekanijwe. Umufasha w’umuhuza murivyo biganiro Benjamin Mkapa yabamenyeshejeko ayo maserano adashoboka kuko ngo ivyo abari murivyo biganiro batumvikanyeko arivyinshi. (…)
• Inama nshingamateka yemeje integuro y’itegeko risubiramwo itegeko rigenga urwego rujejwe gucungera ingene ibimenyeshamakuru bikora CNC. Mubishasha biri munteguro y’iryo tegeko nuko urwo rwego rufise uburenganzira bwogutanga nokwaka ikarata y’umwuga umumenyeshamakuru. Bamwe mubashingamateka bakabonako ubwo bubasha bwokwaka ikarata umumenyeshamakuru butari (…)
• Hari umunyagihugu yaraye akubiswe mwijoro ryakeye n’imbonerakure muri karatiye ya nyakabiga ya 3 ni muri zone ya nyakabiga bamutegereye atashe mugihe ngo zariko zirakizura.abanyagihugu baje gutabara zose bakaba barazimenye kuko umwe muribo yahavuye afatwa aja gufungigwa mugasho ka zone (…)
• Umufasha w’umuhuza mu biganiro hagati y’abarundi Benjamin Mkapa yatumyeko umubonano hagati y’ aberwa n’ibiganiro hagati y’abarundi. Uwo mubonano uzobera i Arusha muri tanzaniya ukaba utegekanijwe kuva kuwa 26 kuno kwezi kugera kw’igenekerezo rya 8 kigarama. Nkuko biri mwitangazo ry’umufasha (…)
• Une somme non encore connue a été volée dans la nuit de ce mardi au bureau de la Coopec Nyeshenza. C’est dans la commune Mugina de la province Cibitoke. La population de cette localité s’inquiète quant à son argent (…)
• Le directeur de l’autorité maritime, ferroviaire et aéroportuaire de Rumonge, Siméon Niyuhire est en interrogatoire au bureau de la police anti- corruption, ce jeudi. Il est soupçonné de raquette et de corruption au port dont la direction lui est (…)
• Le Burundi commémore le 24 ème anniversaire de l’assassinat du premier président démocratiquement élu, Melchior Ndadaye. Il a prononcé son discours d’investiture qui est resté dans les mémoires. Il a notamment parlé d’avènement d’un Burundi nouveau fait de paix (…)
• Le Burundi commémore le 56 ème anniversaire de l’assassinat du héros de l’indépendance, le prince Louis Rwagasore. Il a été exécuté à l’âge de 29 ans. Son épouse ainsi ses deux enfants n’ont pas été épargnés. Les burundais ont (…)
• La société Rainbow Mining, chargée d’extraction des terres rares se trouvant dans les communes Mutambu et Kabezi, de la province de Bujumbura annonce qu’elle va débuter l’extraction de 5000 tonnes de terres rares pendant 25 ans, selon les termes (…)
• Le parti Sahwanya Frodebu se félicite que la commission d’enquête sur le Burundi ait pondu un rapport sur les droits de l’Homme demandant des enquêtes de la CPI sur le Burundi. Le vice-président de ce parti, Léonce Ngendakumana se (…)