International

Le Burundi admis au Conseil de Paix et de Sécurité de l’Union Africaine

01/02/2014 La Rédaction 11

Forum des lecteurs d'Iwacu

11 réactions
  1. polepole MJ

    Ceux qui disent guterwa iteka mu makungu se basent sur quoi? Je crois que ari kudutera intege nka kurya uryohera umwana kugira aronke utuguvu two gukora! Ni kuduhenda amaso kugira n’ahandi vyakenewe tuzojeyo, je vous jure ko ata rukundo rwo muba nya Politique ni mpa ndaguhe! wibaza ko bobarungika ata ruhera bakurayo?
    Hama ndibaza ko la société civile irimwo abantu baciye ubwenge badapfa kwumva ikintu ngo bace barurumba ngo turashimye ingingo ya Leta batariga neza ivyinyegeje inyuma y’iyo ngingo!

  2. Vyarabananiye

    Iwabo ziriko zirasha Baja kuzimya izabandi , ico bazi nukwica, gusahura, nogutandukanda abonse rimwe bacamwo imigambwe kugira bagume aribonyene kubutegetsi abanyagihugu bariko baricwa ninzara.

  3. phil

    tres bien

  4. Barekebavuge

    Reka guhendwa canke guhendana. Iyo turungitse abasoda hanze baba bagiye guca ingero kuko agashahara baronka karuta serum yo ngaha iwacu. Nta rukundo rero rubajana kugwanira abanyasomliya canke abanyahayiti. None wonsigurira ingene bagarukana umutekano muri somaliya mugabo ngaha imbonerakure zikabakubita bene umurango babona canke zikagandagura abarundi atacamira?

  5. muti

    Alain Nyamitwe, Willy Nyamitwe., coïncidence ou le gâteau pour tjrs les mêmes?

  6. KABADUGARITSE

    “La société civile”, si réellement elle l’est, devrait féliciter le Gouvernement et notre diplomatie car cela montre que les autorités de notre Patrie marquent des points même s’il y a encore des faiblesses. None!!! Elle ne se fait entendre que quand NDUWIMANA essaie de mettre de l’ordre dans le fonctionnement des Partis politique!!!

  7. KABADUGARITSE

    Ni vyiza ariko umengo les “NYAMITWE” baracigaruriye!!!

  8. john

    Mbega abo mpoze iyo i gihugu gitewe iteka mu makungu ko iminwa yabo ica iziba, ba bandi tumenyereye bigira imvuzi ntibagiye .za societe civile ni ukuvuga ko iryo teka i gihugu kiba kironse ko bobo ritaba ribaraba, amaradiyo ari hehe ??? Barabesha i gihugu turazi iyo kiriko kirava niyo gitera kija abarundi b’ubu ntitukiri ibijuju nk’aho hambere

  9. Ntakamurenga

    Merci, ariko raba mushireko amazina y’ivyo bihugu turabikeneye muzoba mukoze cane!!!

  10. Nshimemubandi

    Dukora dusenga, dusenga dukora. Bavuga dukora, dukora bavuga. Tunuma bavuga, bavuga twikorera. En fin de compte, La verite parle d elle meme.

  11. Bwegu

    Bravo la République du Burundi et son gouvernement ! Que Dieu continue a gardé ces dirigeants qui veuillent la paix à travers le monde. Nous vous soutenons Excellence Monsieur le Président de la République du Burundi Pierre Nkurunziza.

Charte des utilisateurs des forums d'Iwacu

Merci de prendre connaissances de nos règles d'usage avant de publier un commentaire.

Le contenu des commentaires ne doit pas contrevenir aux lois et réglementations en vigueur. Sont notamment illicites les propos racistes, antisémites, diffamatoires ou injurieux, appelant à des divisions ethniques ou régionalistes, divulguant des informations relatives à la vie privée d’une personne, utilisant des œuvres protégées par les droits d’auteur (textes, photos, vidéos…) sans mentionner la source.

Iwacu se réserve le droit de supprimer tout commentaire susceptible de contrevenir à la présente charte, ainsi que tout commentaire hors-sujet, répété plusieurs fois, promotionnel ou grossier. Par ailleurs, tout commentaire écrit en lettres capitales sera supprimé d’office.

Ajouter un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.

Editorial de la semaine

Si Mandela revenait

Abbas Mbazumutima Commentaires fermés sur Si Mandela revenait

Il ne faut pas rêver, il ne reviendra pas, il est parti, inhumé dignement, pleuré par le monde entier… Mais son esprit plane sur tout le continent et au-delà. Ses paroles simples et directes, ses mots avec sa voix de (…)

Notre Web Radio sur What'App

1 Ajoutez le numéro suivant à votre liste de contacts de votre GSM : + 257 76 002 004

2 Ouvrez l'application WhatsApp et envoyez un message à ce numéro avec votre nom + la mention "abonnement".

3 Il n'y a rien d'autre à faire : nous nous occupons de l'activation de votre compte. Vous commencerez à recevoir nos émissions quotidiennes en direct sur votre smartphone.

CBX Useronline

488 utilisateurs en ligne