L’épouse d’Agathon Rwasa vient d’échapper à une tentative d’assassinat dans un salon de coiffure au quartier Asiatique. On lui a tiré dessus et elle serait blessée à la tête. A suivre
Forum des lecteurs d'Iwacu
6 commentaires
Les commentaires sont fermés.
Ese nyene Abarundi tworengera amacakubiri tukibagira akahise tukagendana tutagenzanya. Ntacobuza Busokoza na Rwasa bagendana, ahubwo nasaba n’abandi Barundi babandanya kurabana ay’ingwe ko bocira ubwo burozi. Ntaho tuzoshirana. U Burundi buriko burasezerera amacakubiri y’amoko.
Ahubwo ndakeje Busokoza kubona afata iya mbere kuja gukubitira kuri madama Rwasa. Ducire umururari w’amacakubiri, duhane umuriro tutaravye amoko, imitumba,…
N’aba CNDD-FDD nabo nyene bagize neza kubona muri conseils des sage habamwo abatutsi kandi b’igihagararo. Ubu ikibi amoko yose acamirira hamwe iyo kizananye hose.
KANURA BURAKEYE WEWE UGISINZIRIRIYE MU MACAKUBIRI.
Just saw her picture on another website! She is really beautiful on top of her other qualities! Bagira baguhekure Mzee! Pole sana! Imana yakinze! KOMERA URUGAMBA RWA DEMOKARASI!
Ariko mana ,ba mwitonda mu kuvuga,aba dd bashaka iki kuri muka rwasa ,muraronderera mu bo kwa jacques
Ni iki twari twiteze ku ba DD? Nta kindi barara bararota!!
Nabo nyene ba nostragik kugira batwankish dd urikurabona busokoza yifatanya n’a gwasa haha murahagabira mutama rwasa
Haha, nimba ari haha,
Ya générarion y’amacakubiri ndumva finallement yuko yari iwanyu.Harya wibaza yuko kugarukira k’umuntu ndetse abo basanzwe banavugana kenshi yuko bikirimwo amoko i Burundi?Uaraza mu mamanza n’ibiriyo urabe.Warapfuye ugenda mugenzi.Uko biri kwose abamuhekuye nubu bagira bamusubire nabo bakwegereye gusumba uyo uriko ushaka gutako ishavu n’impfane.
Muteye isoni!