Les deux leaders de ce groupe de malvoyants qui se produisaient tous les week-ends à leur petit coin de paradis appelé ’’Imuhira Bar ’’ annonce la reprise de leurs activités.
IWACU WEB TV — ÉDITION
Peace & Love : « Nous sommes de retour au pays »
5 commentaires
Les commentaires sont fermés.
wewe wiyita micombero jean wibaza ko abahunze ntaco bahunze uribesha kuko nimba uri mu bica abana b`u Burundi n`abawe bazogendamwo umusi uri izina. Kandi wipfuza ko abandi bahonywa wibaza ko uri mu mahoro uzopfa utayaronse wongere umenye ko ufise uwo mutima ntaco uzokwimarira nta n`ico umariye ighugu.
J’aime ce due musical, mais il est très dificile de trouver leurs chansons sur YouTube.
Ni mutahe mwubake igihugu kuko mwari mwabeshwe ngo igihugu kiriko kirasha kandi ari abantu batinya amatora, bagashaka gushika kubutegetsi bakoresheje ibihuha hamwe n’ibinyoma gusa.
Karibu twari tubakumbuye kandi turabakunda cane kuko muririmba neza. Ico nobahanura nuko mwokwirinda kwisuka mu vya politique kuko muzoba muriko murica talents zanyu.
Wewe ngira wabanje kubandikira imbere yo kwumviriza reportage kuko bavuze neza ko batari bahunze bari bagiye gukorera mu rwanda.
Mwaramutse
Uwo muntu yitwa Micombero Jean yoba ari umuhungu wa Michel Micombero yategetse igihugu c’Uburundi kuva 1966 gushika 1976