Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3574 jours. Nous ne l'oublions pas.
IWACU WEB TV — ÉDITION

Inzoya mu masomero

Ingorane ziri mu mashure amwe amwe ya ruguru aho abigisha baza bazanye abana bonsa ku masomera .Abanyeshure aho kuba barasubiramwo ivyigwa bagaca birirwa bahetse abana .Abigisha nabo ngo ntibosiga abana kuko bigisha bava kure

Un commentaire

  1. barundi sibo nuko babona ko nivyo bigisha ata kamaro bizogirira abana. reka babe barabafasha kurera abana. wewe ishure rimwe rizokwigamwo abana amajana abiri ngo bizere kumenya canke bagire nico bumvise? reka babe barabafasha. Leta irakwiye kwisubirako bareka kutwicira abana ngo niza fondamental, ivyayo turamaze kubibona.

Les commentaires sont fermés.

MENU