Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3581 jours. Nous ne l'oublions pas.
IWACU WEB TV — ÉDITION

Cendajuru : barota gushika i Bujumbura

Komine Cendajuru , mu ntara ya Cankuzo, iri kure cane y’igisagara ca Bujumbura. Kwiyunguruza mu miduga y’ishirahamwe OTRACO bitwara amasaha 11 kugira ngo umuntu ashike i Bujumbura. Abanyagihugu bo muri iyo komine yimbuka cane kandi amatongo ataraga, baripfuza gushika ku Mukaza (Bujumbura) ku matara kuko iwabo umuyagankuba ni umugani.

3 commentaires

  1. ku bwanje kuba i cendajuru numva ari poa kuko himbuka,nayo i bujumbura wojayo ufise umufuko umeze neza,kuko i buja narahabaye nkenye ndahazi.

  2. Buja_cendajuru,pas Moins De 12h Même À Peine 2 Fois Par Semaine.Vous Verrez La Chaine De Montagnes(ndeke) Séparant La Tanzanie Et Le Burundi.

  3. Cendajuru,ikibazo dufise,n’ibarabara rya nyangembe!ni à 13km de cankuzo,qu’on paye 7000fr pour y arriver.

Les commentaires sont fermés.

MENU