Archives

Hussein Radjabu n’a pas été kidnappé

Selon les sources d’Iwacu, Hussein Radjabu n’a pas été kidnappé. Il s’est bel et bien évadé de la prison centrale. Actuellement, il se trouve à l’extérieur du pays où il est en train d’organiser une conférence de presse qu’il va animer d’un moment à l’autre.

  1   Vos commentaires
  1. cleanPP

    Ko yashoboye guhunga agakiza agatwe, Imana ishimwe. Ariko tubagabishe ko mutotera amashurwe abantu nka Rajabu nk’uko ibindi binyamakuru biriko birabigira. Indege Falcon yagurishijwe ari he he? Ba Kadege bakubaguwe ari he? Abatawe my nzuzi akiri Ku ntebe abizi ko iki? Yarafise ubutegetsi mugabo ntiyerekanye ubutwari, urukundo rw’igihugu n’abanyagihugu. Uwo Manasse, yavuze iki ko atatanze imihoho atabanje kurindira ngo aje muri East Africa? Yes, nawe yanse kuvugana indya mu kanwa. Ntawovuga ko mu Mpimba ariho yameneye ko uwusahura mandi akica umunyagihugu atariumwansi w’abanyagihugu. Hamwe yogaruka NGO ashatse gutwara, nta coba gihindutse. Systems in imwe. Mukwiye gusemerera nyabuna ko igihugu gikwiye abagabo n’abakenyezi bagikunda, baker era Ababa shines amabanga. Nta Repêchage ibaho!

Publicité