EN

Iwacu Web TV

Tuva hé, tuja hé?

24/11/2020 Edition : Mariette Rigumye Commentaires fermés sur Tuva hé, tuja hé?

« Tuva hé tuja hé ?», cama kibayagira kuvya kahise; muri kano kanya ico tugiye kuganirako ni ikijanye no ’’Kugerageza gutahura ibijanye n’urwimo rwabaye mu 1972’’. Mbega imvo n’imvano z’urwo rwimo ni izihe? Urwo rwimo rwatanguye gute? Intwaro y’ico gihe yavyitwayemwo gute?
Ivyo akaba ari bimwe muri vyinshi tuza kuyagako. Mukubica hirya no hino, twagendeye intara ya Rumonge ariyo bivurwako imigumuko ariho yahereye. Abanyarumonge baratuyagira inkomoko z’urwimo rwo mu 1972.

Suite à la décision du CNC, vous ne pouvez ni réagir ni commenter cet article.

Lire le communiqué

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.