Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3620 jours. Nous ne l'oublions pas.
IWACU WEB TV — ÉDITION

Tuva hé, Tuja hé

Mû kiganiro Tuva hé Tuja hé giheruka, aho twaganira n’urwaruka rwo mu Kayanza, twarayaze kubijanye na Inamujandi hamwe na Runyota.
Twaravuze ica tumye bava hasi bakarwanya abazungu nabo bari bacuditse. Iyo ngwano yarikenewe? Mbega hoho ntavyo yahitanye? Inamujandi na Runyota bobo bahejeje gute? Ivyo nivyo mugire mukurikirane mur’iki gice ca kabiri c’iki kiganiro.

MENU