Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3581 jours. Nous ne l'oublions pas.
IWACU WEB TV — ÉDITION

Cendajuru : barota gushika i Bujumbura

Komine Cendajuru , mu ntara ya Cankuzo, iri kure cane y’igisagara ca Bujumbura. Kwiyunguruza mu miduga y’ishirahamwe OTRACO bitwara amasaha 11 kugira ngo umuntu ashike i Bujumbura. Abanyagihugu bo muri iyo komine yimbuka cane kandi amatongo ataraga, baripfuza gushika ku Mukaza (Bujumbura) ku matara kuko iwabo umuyagankuba ni umugani.

MENU