Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3573 jours. Nous ne l'oublions pas.
IWACU WEB TV — ÉDITION

Uwasinzikarijwe ubuzima n’abakozi bo mu biro vy’Iperereza

P.N n’umushingantahe w’imyaka 53 akaba yarakubaguwe n’abakozi bo mu biro vy’iperereza bamawagiriza ngo yigisha urwaruka rwo ku Mutakura gutera ama gerenade.Akaba aheruka gutoroka aho yari afungiwe mu biro vy’iperereza amaze gusinzikarizwa ubuzima ndetse n’ibihimba vy’irondoka.Ngo ntashobora no kuja kwivuza kuko bariko baramuhiga ngo bamuhohoshe nkuko avyivugira.Akaba yokoreye igihugu mu rwego rw’igipolisi imyaka mirongibiri .ubu akaba yari yarakukurutse asigaye yikorera ivyiwe.

MENU