Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3570 jours. Nous ne l'oublions pas.

I Alerte I Bob Rugurika vient d’être transféré

Selon des sources dignes de foi, le Directeur de la RPA, Bob Rugurika incarcéré depuis ce mardi à la prison centrale de Mpimba vient d’être transféré. Un véhicule de la police sans plaque transportant ce journaliste victime de ses révélations sur l’assassinat des trois sœurs italiennes, a été aperçu sur la RN 1 se dirigeant vers Bugarama.

14 commentaires

  1. Voiture sans plaque? Uwubundabunda abonwa n’uwuhagaze. Hari uwutabizi?

  2. Amaraso ya Abel ariko arahamagara mw’ijuru!!!! Imana ntikinishwa izoberekana vyanka vyakunda.
    Ni amaraso yabari bayihebeye ubuzima bwabo bwose gushika aho bari bageze mu za bukuru, bafashije abana b’igihugu gushika aho babagwamwo!! Amaraso yabo ariko arahamagara mw’ijuru!!

  3. Erega abari kubutegetsi nimushake mureke kubatuka. None ko bakora ibibi tukinumira kandi aritwe tubihomberamwo, mwumva? Ni mureke kwidogera kuri Net hama muze tuje hamwe tugwanje izo nkoramaraso

  4.  » Un véhicule de la police sans plaque  »
    Voilà tout dit!!!

  5. Turateye akamo Echresie cathorique ifashe abarundi gukurikirana cane ivyuwo mujournaliste Bob Rugurika ntibamwice nkuko bishe abandi kugira bazimanganye amatohoza yariko aragira kuri barya ba Bikira bishwe ugwagashinyuguro ataco bazira,nacane cane ko Echresie Cathorique ubwayo yari yavuze ko Pape yabasavyo umuco kuri burya bubisha ehe rero intango yo gukorerako irabonetse,mubisanzwe aho dossier isa niyamaze kwiyugurura,nibafashe cane rero abariko barakora amatohoza mbere abarundi turateya akamo n’amakungu aze adufashe kuko abariko bavugwa murubwo bubisha basumvya inguvu Lete,bishobotse babatware i Rwantanamo. Turashaka inguvu za Cathorique.

  6. Ubwo butegetsi ni nyabaki bureka imodoka zitagira plaque zigatembera mw’ibarabara zitagira plaque kandi izindi birirwa barazifata? Baragowe! baragowe! Baragowe! Bagize amanyanga kera bagira baze babona! Igisigaye ni uko Abarundi bokwigira ku bu Fransa bakagira Révolution massive yo kwiyamiriza ayo mabi. Burundi bwacu, uratabaguwe n’abawe birirwa bararirimba ngo baragukunda.
    Mbega Mana yacu Se w’Umukama wacu Yezu Kristu ntaco wokora? abarundi turagukeneye unyaruke udutabare.

  7. C’est horrible ! Burundais réveillez-vous et levez-vous dans l’unisson pour dire non au gouvernement barbare.

  8. Murabe maso!!!! Bariko barahinyuka, bashaka kuje kumuboreza igufa kure abantu badashika? Banguha!!! Dusabe Union Européenne ntisubire guha impusha abantu bamwe bamwe ( ces assassins!!! et les commanditaires particulièrement!!!!) zo gutembera mu bihugu vya Buraya ( Visa Schengen) imbere y’uko ukuri kuja ahagaragara. Cela pourrait bien faire effet!

    1. Nivyo abarundi mwese nimuze duhaguruke tube maso tuyihereze akaganza dukurikirane neza igitumye bari bamunyuruje!erega aho bari bamaze kumunyuruza bamutwaye mumodoka itagira plaque! nukuri nibahebe barye ivyatsi bareke kuguma bakerera abantu,karabaye ingani bagire ubuhizi kuguma bica! mbe ico nibaza niki « ntakindi abo ba DD bazi atarukwicana gusa »? Bob we bihende bamurye n’ikinuma ico baraba,twaramaze kubahinyura ubu cabagiye. mayina nukubatahura kuko ibiganza vyakoze amaraso ntibishobora gukora ivyiza!!!!!! Bob, Rema turiko turagukurikirana,bace hasi duce hejuru, bace hejuru tuje kumunzane duheze turabe ingene ikibi gishobora gutsinda iciza,canke ingene ikinyoma kizoshobora gutsinda ukuri!

  9. Uburundi sigihugu c’bari kubutegetsi.Bitebe bitebuke abo bicanyi bazomenyekana.Kwubahuka gutwara umuntu mu modoka itagira plaque nukumunyuruza imbonankubone kandi bikozwe nubutegetsi.
    Mbe nkubu umukuru w’ubutungane yokwisiguza iki imbere y’abarundi??
    Mbe abo bicanyi bama bavugwa mubugizi bwa nabi bwose buba mugihugu bazorenguka ryari?? Bitebe bitebuke abacamanza bariko babohera amaboko imugongo igihe cabo kizogera.Uyu munsi bariko bahama abandi ejo ni mwebwe.Ninde yari umu CNDD yizerwa nubutegetsi kurusha Rajabu??
    Umwicanyi ntacagura kenyera mubone mwabarundimwe mureke kwiha amenyo yabatwenzi!!!

  10. muzoza mwumva ngo yaratorotse , ntibazi irengero ryiwe!
    Ariko isake yaramaze kubika!

  11. Muraturabira ntibamunyuruze! Amaraso banyoye arababirishije ivyuya! Pauvres Bagumyabondo!

    1.  » Un véhicule de la police sans plaque transportant ce journaliste victime de ses révélations sur l’assassinat des trois sœurs italiennes, a été aperçu sur la RN 1 se dirigeant vers Bugarama. » Sans plaque ???!!! Je me rappelle d’un président qui parlait d’Etats voyous !!! Finalement ils existent !!!

Les commentaires sont fermés.

MENU