Guharika muntara ya Bubanza, komine Musigana, zone Kivyuga, mu gacimbiri ka Higiro, birateye isibe mungo. Ng’umugabo iyo aronse amahera agera kubihumbi amajana atanu (500.000fbu) aca yirukana umukenyezi wiwe bayarondereye hamwe akizanira uwukiri muto.
IWACU WEB TV — ÉDITION