Notre journaliste Jean Bigirimana porté disparu depuis 3658 jours. Nous ne l'oublions pas.

Buyoya, Ntibantunganya na Ndayizeye baratanga ico biyumvira ku mutekano muke mu gihugu

Bugingo umushikirangaji wo Gutumatumanako amakuru yashinze itegeko ryo kutavuga ikintu na kimwe ku bwicanyi bw’agahomerabunwa bwabereye mu Gatumba mu kiringo c’ukwezi, amaradio ane y’i Burundi (Isanganiro, RPA, Bonesha, CCIB), afatanije na Televiziyo Renaissance yaragiye hamwe mu gushikiriza, mu runani, ibiganiro vyo kwiyamiriza ubwicanyi ubw’aribwo bwose mu gihugu.
______________________

Niko gutumira abahora batwara igihugu. Ngiki ikiganiro cabo…

<doc1370|player|left>

_______________________________

MENU