Colline Karungura. Tension entre la population et les Imbonerakure
None IWACU, uretse kubesha iyo foto yafashwe IMBONERAKURE ziriko ziraturira !! zihejeje guturira, canke !! Aho hantu mubona ari he !! Namwe muriko murateranya canke muriko murikwegera kuko ntakidashoboka !! Ndabakebuye !!n Ba mu-consultana muriko murandika kugira ntumurgwe murudubi mwese !! Ndabemera muri journalisme ariko deontologie, ethic irabacamwo ni ba mutavyonona kubushake. Ibuka commentaire zanyu kumirwi igwana !! Kuri muka Azabamuhema !!! Soyez neutre, guys !!
Par kavakure matias ce mercredi 28 novembre 2012 à 13 : 06 : 10
Colline Karungura. Tension entre la population et les Imbonerakure
Le probleme du régime Nkurunziza c’est que tous ceux qui ne sont pas du cndd fdd se sentent exclus.Et c’est le pouvoir izobibazwa
Par Gezaho ce mercredi 28 novembre 2012 à 17 : 49 : 43
Colline Karungura. Tension entre la population et les Imbonerakure
Le pouvoir n’a que le marteau pour régler les problèmes. C’est ainsi qu’il voit tout en clous ! Murahumiwe mwebwe mvukira muja guhenda ugo rwaruka abo mwavyaye mwabarungitse kwiga !!
Par Komera ce mercredi 28 novembre 2012 à 18 : 09 : 08
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
Il y a des chances que dans cette histoire umuryambwa yabaye umwe gusa yatukishije imbonera(sha)kure !
Mugabo ndazihanura ntizihirahire ngo zingenze nk’aba JNR n’aba JRR, n’aba sans-échec ! Zohava zisigara ziraterwa umuvumo nk’abo mvuze !
Par ce jeudi 29 novembre 2012 à 10 : 55 : 58
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
@kavakure matias : erega i photo ntitegerezwa kuba ari actuel. Vyari kuba ukubesha iyo bandika munsi (légende)ko abo ari imbonerakure ziriko zirakora ibara !! nayo ahandi bagomvye kwibutsa abanywanyi ko abo bantu bavugwa bari muri uwo mugwi ugira défilé !!!
Par blick ce jeudi 29 novembre 2012 à 10 : 58 : 22
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
@kavakure matias Finalement je comprends why muri DD mwese muri yeux fermes. L’ethique , deontologie et le traitement de l’information kimwe cose gisobanurwa ukwaco. Ifoto iraba ’Archive" kandi ntaco yonona kuri traitement de l’info. Ni naco gituma le journaliste et le photographe de presse batandukanye kenshi. Turacagowe dufise abantu bafise agafungu mu maso nkamwe mukaba mwahawe kuyobora igihugu c’ababasumvya kubona kure. Et d’ailleurs s’acharner contre un va nu pieds de veilleur nivyo mwita kubona kure. Car ababikoze nkuko vyemezwa na Admicom ni "IMBONERA-"KURE"
Par ce jeudi 29 novembre 2012 à 11 : 41 : 16
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
Je persiste. None, soyons sérieux au risque de déraper. Les personnes que montre l’image ne sont-elles pas entrain de défiler à l’occasion de je ne sais quelles festivités !
S’il fallait montrer des images liées au contexte dont fait objet l’article, n’aurait-il pas été sage de montrer des champs de maïs et des veilleurs et/ou avec des imbonerakure dans la vallée dont il est question.
Par ce jeudi 29 novembre 2012 à 11 : 45 : 09
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
Abarundi turakunda ibintu bibi. ni kubera iki iyo hari amakuru avuga ibintu negatif ari ucusanga ama commentaires aba menshi ! muze kuraba ingn ziza kuba zingana apres 2h. Just sayin’
Par VBB ce jeudi 29 novembre 2012 à 12 : 06 : 19
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
Mwoshaka mukareka guterana amajambo mabi izi mbonerakure barazihenda jewe nobahanura kuja mw’ishule canke bakaja kwiga imyuga izobatunga kuko ako kaguma batera abanyagihugu siko kazobatunga, imigwi nkiyo twarabonye amaherezo yayo,ni mwibuye abandi kuba imbunuza ataco zimariye uwobereka bamwe mubasigaye muri baba sans echecs mwotangara.Et pourtant ntana 20 ans ihaciye biha uwo bashatse ubu naho basegereza nk’imisega.
Cndd fdd irazinezako itagize iterabwoba izotahana ubusa muri 2015 nico gituma ikoresha ivyo bijuju vy’imiyabaga itiyumvira muguhungabanya umutekano n’iterabwoba ataho rishika,nikabiri mukaburanaho muhonyora mwa mbonerakure mwe !! Aha mu Burundi ntawukomeye kuruta abandi l’histoire nous a deja donnee des preuves c’est une question de temps, naba ba dd partiront kuko aho bari hari abandi batwaza umukazo kuruta.
Tekane rero Imana yaraduhaye agahugu gato twese turazinanye muzobura aho mwinyegeza.
A plus
Par vios ce jeudi 29 novembre 2012 à 12 : 56 : 50
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
Attendez voir ! Avec les milices Imbonera kure, il y aura beaucoup des scandales si le pouvoir n y prend pas garde. Ce qui est sûr et qu’ils tourneront un jour leurs armes contre vous qui les téléguidez ! Ohhh pauvre Imbonerakure !!!!!!!!
Par ce jeudi 29 novembre 2012 à 13 : 13 : 22
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
Iyomhataba imbonerakure benshi muri mwebwe muba mumaze kwita muri Tanganika canke ADC ikabafatisha amaboko.
Par Rais KOBERO ce jeudi 29 novembre 2012 à 15 : 25 : 44
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
@kavakure matias
Mbe ko wigira injinji ? Iyo photo barigushobora nogushirako iyindi kandi les faits restent les mêmes - nibaza ko ushaka ku désorienta le débat. Est-il vrai, oui ou non, que les faits soulignés dans l’article ziri avérés ? Abanyagihugu, même Emmanuel Ndayizeye, l’administrateur wa Mwumba aravyemera. None wewe urinde ushaka kwemeza abantu amafuti ? Impanuro no guha nuko iyo ubonye ataco ufise uvuga gihagaze, rimwe na rimwe biba biryoshe wihoreye nayubundi uravugaguzwa ugasanga urimaramaje (Nawe uti ninde ambona ko nizina nanditse atari rwanje ? Inyishu : ntakidashoboka). Benewacu, bandanya mwimaramaze ariko ntimumere nka wamugabo yamaze imyaka atoga, uwumubwiye ko akunoko kiwe kabaye ndanse nawe utanka ati uwufise ikibazo niyugare amazuru kuko we atinukira !
Par Élias B. Gahutu ce jeudi 29 novembre 2012 à 18 : 18 : 03
Colline Karungura (Ngozi) : tensions entre la population et les Imbonerakure
@ kavakure matias. "Namwe muriko murateranya canke muriko murikwegera kuko ntakidashoboka !! Ndabakebuye !!" Faut pas menacer les autres comme ca mon frere, Imana isumba ingabo nibaza ko vyose "bidashoboka". Amaraso yamye ari mabi kuva kuri Gahini, kubandanya aha iwacu no gushika ku nterahamwe (barigera baronka amahorO kuva baja muri congo mbe ?) Micombero ntiyaguye somalia ahejeje guca doctorat ? L’administrateur reconnait les faits d’une maniere plus diplomatique, en salissant deux fnl et un ex fab. Ko Imbonerakure zahora zivuga ko "zishigikira" umutekano, ko batazimije n’akazu na kamwe ?? Abantu bo muri zone rurale ni gake bitwaza ikinyoma, abo batama babivuze bababonye. Nimba ubishobora urahanura, vyofasha gusumba.
Par Hinda ce vendredi 30 novembre 2012 à 15 : 19 : 56
|