 Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Par
[La Rédaction]
dimanche 3 juillet 2011 à 15 : 50 : 24
Les comptes de l’OTRACO sont fermés depuis le 31 mai 2011 par l’Office Burundais des recettes (OBR). L’OBR a exigé à cette entreprise para-étatique de verser tout l’argent collecté sur le compte du trésor public, conformément à une loi de 1963. Or, selon le directeur général de l’OTRACO, ce n’est pas une recette non fiscale, car l’entreprise achète le matériel, engage le contrôle technique, etc. : « A l’OBR, nous ne pouvons verser que la TVA. » Il dit avoir soumis la question à la Présidence. Et si rien ne marche, « nous allons saisir la justice. »
|
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
hehe,kuvaho bibiye ubu batanguye gucanamwo umwe wese ashaka gukora aho amahera abikwa.
Par ben 10 ce dimanche 3 juillet 2011 à 16 : 03 : 55
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Qui vivra verra. Mais tôt ou tard, les burundais nous saurons la réalité si nous ne la connaissons pas déjà.
Par ce dimanche 3 juillet 2011 à 16 : 10 : 36
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Amahera yose akwiye kuja muri OBR kugira igihugu kihatorere akarusho. Abo ba DG nibarye imishahara, bibagire gestion auculte. Mugabo bamwe birirwa baratryoza leta, ingingo nkiyo ntibaryohera kuko igihugu cohava gitera imbere bikitirirwa CNDD-FDD. Twarabahinyuye ! Ngabo baca bagira des commentaires zicuritse. Nico gituma kandi n’abamenyeshamakuru baca babijana iyo bashaka nk’uwukatisha amazi y’uruzi ayajana mu murima iwe atazi isoko ryayo iyo ritumbereye. Mbega Vuvuzela uri hehe ?
Par Musinga ce dimanche 3 juillet 2011 à 17 : 01 : 33
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Mbega Musiga, urazi ko uwo yanka ko amahera aja muri OBR ari umunywanyi wa CNDD-FDD canke ari mubatyoza leta ?
Par ce dimanche 3 juillet 2011 à 17 : 22 : 07
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Ibibera muri Otraco bisiga ubwenge. Jewe naragiye muri contrôle technique, urishe amahera, usanga hari umukozi wa Mutec aca aguha reçu y’amahera utanze, nkuko woba uyashize kuri compte ya Mutec. Donc Mutec iza gutoza amahera ya contrôle technique. Jewe vyarantangaje, mugabo abo twari kumwe babona ari ibinsanzwe. None nta compte muri BRB Otraco Ifise aho ica iyagabira Mutec ? Narabuze uwubinsigurira
Par kajuju arcade ce dimanche 3 juillet 2011 à 18 : 54 : 39
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
burundi busha,eka nukuri turi mu burundi busha namba atari ugusha bushe.erega bwahiye bwatagase.mbona busigaye arumuhwi gusa.ugira tuzohaga tutagitembagaje ?ntakibuza kuko uburundi nubwacu dutewgerezwa gukora ico dushaka cose.kigombe gihere cose ntangoranel’essentelle nuko jewe nzoba nihagiye.mugabo umengo baryumuhero.
Par harerimana pacifique ce dimanche 3 juillet 2011 à 21 : 08 : 39
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Imisi yi gisuma ni mirongwine
Par ce dimanche 3 juillet 2011 à 21 : 42 : 53
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
En tout cas ce directeur de l’OTRACO prétend ne pas connaître le sydteme bdais en oubliant que le président de la république est au déssus de la loi,donc la justice à la bdaise.
Par ce dimanche 3 juillet 2011 à 22 : 32 : 17
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
None ubundi amahera OTRACO yahora itoza yaja he ?
Yoba yagaburwa hagati y’ abakora muri OTRACO gusa ?
Ko nari nziko les bus sont offerts sous forme de don par le Japon. Na garage nibo bayubatse kandi ils fournissent des pièces de rechange pour la maintenance des bus.
Par Laurenti Ny. ce lundi 4 juillet 2011 à 07 : 56 : 26
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
yemwe mwaba dd mwe,erega muhejeje amatungu muzoca mutangura kuryana.igihugu basha turagisangiye nimwibuk barya banyagihugu bagorewe ruguru.Umviriza ijambo ryarwagasore basha wew yabay intwari kandi ataco yarabuze.
Par burundi ce lundi 4 juillet 2011 à 12 : 20 : 44
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Abatware bakwiye kumenya ko abantu bose bakanuye. Ivyo kurira mukinyegero ntibigishobora kwijana.Nyabuna rye ivyo mukwiye gusa ahandiho akari inyuma karahinda.
Par kana Claude ce lundi 4 juillet 2011 à 13 : 22 : 12
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Je le répete, l’OBR est clean et est entrain de changer les mentalités des burundais, il était temps, continuez cher OBR, le chemin est long, mais petit à petit, l’ordre régnera !
Par Patriotes ce lundi 4 juillet 2011 à 18 : 49 : 46
Grosse tension, après la fermeture des comptes de l’OTRACO depuis le 31 mai 2011 par l’OBR
Ivyo ari vyo vyose, ijisho ry’imana rirabona, ntaho ufise uryinyegeza. Ibintu umuntu wese akora yame azi ko imana imubona, n’aho abantu batomubona, imana iramubona kandi izobimubaza umunsi wa nyuma. Nidukore reeo ibijanye n’amategeko ! Kuko YEZU yavuze ati"Cherchez le royaume des cieux, le reste vous sera donné".
Par Dondogori ce mardi 5 juillet 2011 à 14 : 45 : 10
|