Sauvé par le magnéto
birababaje...il fallait présenter les démissions...none umuntu nkuyo ambudsman yomwizera gute...
Par ce dimanche 26 juin 2011 à 11 : 29 : 00
Sauvé par le magnéto
Sunzu arashuha cane nkisafuriya. Attention au quatrième pouvoir Sunzu. Moro moro. Brovo aux médias burundais qui restent quand même professionnels. Pas de diffamations, de l’infos vérifiées.
Par Umva ce dimanche 26 juin 2011 à 13 : 49 : 34
Sauvé par le magnéto
Bien joué CNC
Par Umva ce dimanche 26 juin 2011 à 13 : 50 : 37
Sauvé par le magnéto
Nyakubahwa "Ombusmani" Rukara mwoba murindiriye iki ngo mumuhindure ? Mutabigize muzoba mwerekanye ko mudashoboye ako kazi ko kunywanisha abanyagihugu
El Hadj Dr Hussein Ndikuriyo
Muscat Oman
Par ce dimanche 26 juin 2011 à 14 : 25 : 28
Sauvé par le magnéto
Nyakubahwa El Hadj Dr Hussein Ndikuriyo Muscat Oman, Weho si ukuyivuza uyiciye urya !SUNZU n’umuntu nk’abandi yihenze nk’uko nawe wihenda. Ehe raba nawe mu mazina yawe indwi rimwe gusa niryo ry’ikirundi ! None ga abarundi duce tukwihakana ko utari umurundi kubera ko uri umwarabo 6/7 ? Umushingantahe Sunzu intahe iramweshe.None duce dutsindaho ? Erega burya no kumaramara uri umushingantahe n’igihano c’ubugesera ? Et le pardon est la vertu wama udasiba kwigisha mu Musigiti. Nikuki none ukokeza, ushaka gukoresha ikosa nyakubahwa Rukara ?
Par Ndihokuriyo ce dimanche 26 juin 2011 à 19 : 11 : 27
Sauvé par le magnéto
Si des erreurs n’existaient pas, l’institution même de l’Ombudsman n’avait pas raison d’être. None uwutsinzwe baca batsindaho ? Ikibi ni uko yohakana ivyo CNC yashitseko, aho niho yoba akwiye ingingo za boss wiwe. Nibaza ko ata ba malayika bari kw’isi, badakosha. Erreur est humaine !
Par Sebasiyano ce lundi 27 juin 2011 à 03 : 56 : 45
Sauvé par le magnéto
Les politiciens mubisanzwe sont des opportunistes, mentent quand ca les avantage. C’est bien connu qu’ils sont interesses par des votes peu importe la qualite ..Sunzu, s’il est politicien, doit apprendre comme tout le monde, erreurs ici et la, si pas dejoue, il s’en sort gagnant, au cas contraire, on lui tape sur les doigts nawe ati ndahatswe. Le journaliste nawe nyene doit savoir qu’il doit se proteger contre ces politiciens en ayant toujours les preuves de ce qu’il dit.
Bref pole mwese, Sunzu na Iwacu. J’aime la facon Kaburahe ahejeje son article. C’est gentleman !
Par ce lundi 27 juin 2011 à 04 : 41 : 49
Sauvé par le magnéto
Emwe Sunzu bimugoye bikiriko naburya ari porte parole w’umuntu atigera avuga na rimwe ! il faudra que un jour atubwira urya avugira iyo yize n’ivyo yize tubimenye twebwe abarundi n’ama diplôme yiwe bayagirire équivalence mu burundi ! Sunzu rique de se retrouver porte parole d’un alphabétisé sur le tas. Pourquoi on s’en prend à ceux qui font usage de faux diplômes sans commencer par Rukara ? Monsieu Nkurunziza, tolérance zero à ceux qui fraudent les dipômes, Rukara en premier lieu. Quelle honte pour la nation !
Par ce lundi 27 juin 2011 à 09 : 57 : 04
Sauvé par le magnéto
Il faut savoir que Sunzu est un dd comme les autres. Burya bamutamitse bati ihakane birya wavuze utabigize uko turakwereka. Nibisanzwe rero nimumuveko. None mwashaka bamunyare ?Kimwe gusa sinari nzi ko umuntu yigeze kuba umu menyeshamakuru imyaka ingana ukuraho yokwihakana iryamusohotse mwo kandi azi ko ivyuma bifata amajwi.Yabonye bandika muri carnet akibaza ngo abo bantu ni aba faux. Nayo uwo avuze ngo kwihenda birashika, aho twovuga ko yihenze canke ni escroquerie !Qu’il demissionne le pauvre !!!
Kuvyerekeye irya miryango yugarije imbere ya son patron Rukara, Sunzu ntagire ico yubahuka kuvuga kuko ntawukimwizigiye Iwacu irabaza abandi...
Par kibuti ce mardi 28 juin 2011 à 16 : 55 : 44
Sauvé par le magnéto
Aho hakurya Mu Rwanda wanka Kagamé canke umukunda ikiri ukuri nuko iyo agendeye abanyagihugu ingorane bazivugana amaso mu yandi abakuru b’intara barisigura igituma ico kibazo kitatorewe umuti ,ariko raba iwacu, abanyagihugu basanga Rukara kubiro vyiwe bakaharara indwi ata numwe mu gihugu abumvirije "honte aux politiciens au pouvoir"
Par ce mardi 28 juin 2011 à 17 : 06 : 22
Sauvé par le magnéto
Mon Cher Kaburahe,
Le professionalisme l’éxige, il faudra toujours avoir un magnéto, ou tout autre preuve non réfutable. On peut théoriser sans fin sur l’ubushingantahe, le respect de sa parole, un homme politique est un homme qui oublie vite et votre rôle en tant que journaliste est de lui rappeler ses propos d’hier qu’il voudrait oublier aujourd’hui. Vous appartenez à l’autre bord quoque vous fassiez. Ainsi par la force des chose, toute confiance entre le politique et le journaliste serait malvenue, elle reduirait votre travail en pure propagande. D’autre part (ici parle un physiologiste qui s’occupe de la mémoire) la mémoire est une passoire qui garde ce qu’elle veut bien garder. Nous connaissons tous ce jeu qui consiste à dire une phrase et la faire répéter au suivant et ainsi de personne en personne transmettre l’information. Après trois personnes la phrase est complètement méconnaissable.
Travailler en professionel de l’info va désormais vous demander de vous appuyer sur des techniques infalsifiables. C’est cela votre mission, vous devez l’assumer sans le moindre ètat d’âme
Par Theus Nahaga ce vendredi 1er juillet 2011 à 11 : 20 : 33
Sauvé par le magnéto
Erega iyi nzara ni mbi.None mwagomba SUNZU agire gute erega karya kazi yakaronse akenye.
Par Mushaha ce samedi 20 avril 2013 à 15 : 56 : 34
|