http://www.iwacu-burundi.org/wp-content/uploads/2016/09/US-ADVERT-26-SEPT-O-7-OCT.pdf
Médias

L’UBJ répond au Conseil National de Sécurité : « La RPA a fait son travail »

« Plus que son travail, la Radio Publique Africaine s’est acquittée de son devoir d’informer, évitant que ce qui se passait ce jour ne soit à huis clos », déclare Alexandre Niyungeko, président de l’Union Burundaise des Journalistes (UBJ).

Alexandre Niyungeko : « Rien que la déontologie et l’éthique professionnelles » ©Iwacu

Alexandre Niyungeko : « Rien que la déontologie et l’éthique professionnelles » ©Iwacu

Vendredi, 14 mars : le Conseil National de Sécurité (CNS), après réunion en présence du president de la République, publie un communiqué dans lequel il dénonce le caractère ‘déviant’ de certains médias lors de la couverture médiatique de certains évènements. Le CNS fait allusion à la diffusion en direct des affrontements du 8 mars entre la police et les militants du MSD.

Pour Alexandre Niyungeko, l’UBJ perçoit, à travers cette déclaration du CNS, une injonction à peine voilée adressée à l’organe public de régulation qu’est le Conseil National de la Communication. « Le CNC est un organe qui devrait faire preuve de discernement entre les injonctions politiques et les responsabilités inhérentes à son devoir de régulation équitable que lui confère la Constitution. »

Ainsi, il interpelle les nouveaux responsables du CNC pour qu’ils ne cèdent pas aux tentations de ceux qui voudraient abuser de leur position politique pour verrouiller le paysage médiatique. Dans ce contexte préélectoral, l’UBJ rappelle aux professionnels des médias de ne faire que leur métier d’informer. « Leurs guides étant avant tout que la déontologie et l’éthique professionnelles », souligne-t-il.

  36   Vos commentaires
  1. Anaclet

    Mu bisanzwe naho muvuga ko RPA ihengamye iteranya vyari ibisanzwe guko l’opposition nayo nye ne irakeneye inguvu. Mu majambo makeya ni iradiyo ya opposition urumva ntibashobora gutera amashurwe Leta kandi nabo bashaka kurwanira le fauteuil presidentiel. Bayiteye amashurwe ntiboba bari muri opposition koba kabananiye. Mu bihugu biteye imbere nuko niko bimeze meme aux Etats Unis nka television yitwa Fox News travaille pour le compte des Republicains. Iyi chaine rero Obama comme un democrat ntaciza na kimwe ashobora gukora ngo bacemere ko ari ciza. Nigihe yica Osama bavuze ngo siwe yamwishe ngo ntiyigeze ava muri mezo blanche. de l’autre cote hari MSNBC chaine, pour les democrates nta ciza yigera ivuga cakozwe na les repubicains ni nka kurya kwa Leonce, hariho iciza murigera mwumva avuga ko leta yakoze canke Domotile Kiramvu. domitila ariko aravuga umengo igihugu kiri mu ntambara. Ikindi naco opposition mumenye ko itera igisture Leta ngo ukuravye cane atuma wikwiza harya barafasha cane vyishi naho na rimwe umuntu ashobora kubona ko barenza mais c’est l’opposition. Seulement ico bokora babeshe uko bigenda barabitwarira canke barenze amategeko ubona ko igihugu cose gifise amategeko. Nka eric Manirakiza yavuze ko umukuru w’igihugu yari yatanze uruhusha rwo kwica Alexis abantu beshi bibaza ko atarivyo kuko ntiyotanga uruhusha rwo kwica yongere atange nurwo kutica murabona ko barasa hejuru ata ntumbero na ntoya yo kwica bari bafise, harya rero niho umuntu akwiye nko kwitwara. Ibindi ni ibisanzwe opposition ironse aho iserurira ivyiyumviro vyayo birayifasha kugira inguvu.

  2. LE PATRIOTE

    C` est vraiment bien repondu de la part de l`UBJ. La RPA a fait son travail. Je suis tres irrite quand les burundais ignore la realite des medias burundais. Je ne suis pas voyant mais la verite est que si nos medias continuent comme ca, personne ne les fera point confiance meme celui qui les aura crees. En fait chers journalistes, qui sont les fondateurs des medias dans lesquels vous bosser? Quels sont leurs objectifs? Quelle est l`appartenance ethnique et politique des fondateurs de vos foutus medias? Et quand vous vous voulez nous faire croire que les medias sont des SAINTS SAINTS, DES HOMMES TRES TRES TRES CORRECTS, ca m`etonne. C`est pourquoi je viens de m`engager a vous devoiler a partir d`aujourd`hui. En commencant, je voulais vous demander de faire preuve de plus d`intelligence en abordant les sujets. Merci

  3. Oeil critique

    SVP, si la profession de journalisme n’a pas encore changé, restez professionnels. Ce n’est pas normal que les médias burundais oublient l’une de leurs fonctions d’éduquer en voulant uniquement charger la police. Comment voulez que le Burundi soit un Etat de droit si vous ne voulez pas assumer les erreurs et consolider les les acquis? Je n’ai rien contre la retransmission en direct…mais est-ce le journaliste faisait encore son boulot quand il disait: oh les policiers entrent…oh la la, ils vont arrêter mzee wetu, m’enfin il parlait en swahili? ça ce n’est pas du journalisme qu’il faisait! aussi, quand vous organisez une synergie sens unique, comment voulez-vous garder votre professionnalisme quand vous passez sous silence le fait que le MSD avait pris en otage les policiers….la déclaration d’Alexis….etc. Seul Iwacu a timidement dénoncé ça, mais ce n’est pas suffisant! Il faut vraiment éduquer la société. Bien sûr qu’on ne pouvait pas non plus passer sous silence l’usage excessif de la force par la police.
    C’est mon humble contribution.

  4. Richard

    Je ne suis pas du tout contre l’idée de la retransmission directe des événements par un médium d’obédience de l’opposition. La RPA est une caisse de résonance du MSD.
    La faute pour moi est l’information transmise par le Directeur de la RPA Eric MANIRAKIZA quand il a dit que SINDUHIJE Alexis a été informé par une partie du personnel de la police pour se sauver.
    C’est une action dangereuse qui n’a pour but de diviser le corps de la police et ainsi mettre à mal les acquis des accords d’ARUSHA.
    Quant à l’UBJ c’est normal de réagir ainsi car la société civile burundaise se caractérise par une solidarité négative pour s’opposer à toute action gouvernementale. Toute personne neutre qui écoute les réactions du président de FORSC peut juger mais il est temps de dénoncer tout mal.
    Tout le monde a intérêt à la stabilité du pays que tu sois du gouvernement, de l’opposition, des média et de la société politique civile burundaise car si tu es partisan du désordre ce n’est pas l’argent de ce MUZUNGU que tu trompes qui te sauvera. URUCIRA MUKASO RUGATWARA NYOKO, BARUNDI NI MWITONDE

    • la transimission en directe irakenewe nyene kugira umuntu amenye ukuri kuba kuriko kuraba.ntimwibagire ko ubu butegetsi ko bunezerwa nuko ukuri kuja ahabonakurya bavukiye mwishamba bagakorera mukinyegero ahatabona,bagomba ko tuguma mumwijima ngo ntitubone canke ngo twumve amabi bakora.

      • LE PATRIOTE

        Si bibi kugira retransmission en direct, mais kuvuga neza na neza uko ibintu bimeze nibaza ko bituma umuntu yizera iradiyo.Mbegako vyari vyavuzweko hari kuba manifestation ingene vyari biteguwe,ko bitavuzweniyo radio? NOS JOURNALISTES, SUIS DESOLES VRAIMENT.

  5. MBANZA

    Mbega mwaba journalistes ko mwama muhengamiye kuri Sinduhije ntimubona ko mumeze nkaya nyondwe yumiye kurushato inka yabazwe kera!!!!!!! Kumbura mukore umwuga wanyu mudahengama iciza mukivuge uko kiri nikibi mukivuge uko kiri mwemere namwe amakosa mureke kwama mugira ubu critique ataho bufatiye……Sinduhije ntagihugu azokwigera afata irya comportement siyu munya politique shaka mumuve inyuma

  6. Manariyo Jean de Dieu

    Ntavyinshi ndabivugako kuko nakamuna aho umuntu canke umugwi uhorwa ukuri nn gayemwe ko bamwe bashima ko police yakoze neza nkuko Jacques yabivuze ikigoye rero nukumenya ico R.P.A ihorwa ,ati uwutayi isemu yibagira icamwirukana ntibabeshe baribagiye ko ari R.P.A yatanguye kubaha ijambo bari mw’ishamba !Nawe witwa Prosper werekanye ukuri kwawe mugabo nagire ndaguhishuke ko uko kuri kwawe ko kwemerwa nabake kuko bavuga ko akarimunda y’umugabo gaseseka kururimi vuga ivyo ushatse n’uburenganzira bwawe mugabo ntakuri kurimwo kubantu bize ivyimvugo nkatwebwe tuguhanura kuvuga bike kugira uzobazwe bike ntugire ngo bizoherera aha .IVUGO YUKWEREKANA SIYO .IMANA IGUHINDURE UKIZWE.Nayo R.P.A izokora ,kuyugara nuburenganzira bwabo ariko uta inkoko ntuta ico ibitse kandi uno munsi nobo bafise uburengazira bwokuyugara ejo bazoyisaba ijambo cawiyumvira gusaba uwowimye ,ICONZICO IMANA YARAVUZE IKINTU K’UBURUNDI ISEZERANO RY’IMANA NTIRIHINDUKA nico gituma ubona ibivyose biba.

  7. SENYAMWIZA

    Un pouvoir aux abois décrié par les plus grandes démocraties du monde y compris les Etats-Unis d’Amérique et qui est en train de chercher des boucs émissaires….! La RPA n’a fait que son boulot comme elle l’a d’ailleurs toujours bien fait quand NKURUNZIZA et ses Généraux croupissaient encore dans la boue et les buissons de la KIBIRA…. !!! Mémoire courte quand tu nous tiens…!

  8. Kabirya

    Ewe prosper uri ikijuju pe, nta argument zitomoye ufise

    • Prosper

      @Kabirya
      https://www.youtube.com/watch?v=T00odPTPuuM

      Raba iyo link abatagira argument …
      hahahaahahha ….. aho rero nimba ufise ubwonko bukamye butagira iciyumviro na kimwe mbizire koko …. Utagira argument ni uwuza gutukana ….. Niba uza kuri runo rubuga wanyoye urumogi … ndakwinginze , uhagarike kuko nago koba ari uguha agaciro our Iwacu ……

  9. Kirinyota

    VIVE RPA, vivent toutes les radios qui travaillent comme RPA. None ko yavuga ibiriko biraba, ikosa riri he ga bartyo? Ahubwo nosaba RPA ko yogura un petit camera ikaza irafata n’amasanamu. Un jour tuzoyakorerako. Barya bibaza ko guhonyanga agateka ka muntu birekuwe, tuzoheza turabe ico bavyishurako. Mu butungane bien sûr bukora neza atari abo ba dd batamikwa ijambo.

  10. Datus

    Je n’ai pas eu le temps de voue lire tous , néanmoins une chose est sûre: la retransmission en direct d’un événement n’est pas une condamnable!! Car elle permet de savoir ce qui se passe sans qu’il y ait une autre personne tierce qui risque de nous donner une information déjà modifiée!!! En France, Itélé, BFM TV, etc. ne font que ça!!! Les gens qui critiquent cette manière de faire je ne sais pas de quel monde sortent-ils? Bonne journée!!!
    Bravo à l’RPA, moi maintenant, après avoir suivi le déroulement des événements, je sais quelle part de responsabilité, et de la police et du MSD !!!!

  11. #imjustsaying

    Pour ce Prosper qui ne sait pas de quoi il parle, au Burundi on a encore des valeurs mon cher…:morales et surtout sociales. La liberte d’expression est un droit et compare aux autres pays de la sous region je me rejouit qu’on puisse toujours avoir ce droit (ce qui fait notre particularite). Les regimes se sont succedes, la guerre, les violences, la haine…. mais on ne perd pas certaines valeurs qui sont le fondement de ce que nous sommes, et voila pourquoi les gens se battent pour garder ces valeurs car le jour ou on les perdra on aura perdu notre identite.Toi je pourrais bien te demander « Qui es tu? » mais tu ne pourras pas me repondre…alors la meilleur question pour toi serait: »A qui veux-tu ressembler? »GIRA AMAHORO!

    • Prosper

      @imjustsaying . Urabeshe kabisa ubwo burenganzira nziko butahozeho. Nzi neza ko hari igihe bitari vyemerewe kuvuga ijambo Hutu/Tutsi muburundi , hanyuma nzi neza ko bitewe nico umuntu yibwira ko arico , hari ahantu umuntu atahonyora mubihe biheze.
      Rero nkugiriye inama, gerageza kuba umuntu ushira mugaciro , reka kubogama , fungura amaso n’ubwonko bwawe hanyuma urabona ibintu muburyo bw’umuco. Guhuma mu bwonko biratuma naho uzunguruka uburundi ntaco winona , biratuma utabona iterambere igihugu cawe kirimo kigira…..

    • kubwayo

      On se rend compte que l’on a la liberté quand on en a plus. RPA abuse enormément ikibagira ko tutari ibijuju( on dirait ya nkende yurira igiti).mbe zirya ndirimbo bavuza(le pays va mal, mandat, nizindi), zozo ziri classé comme info ou intox??

      • Kabizi

        None ga Kubwayo nya ndirimbo RPA niyo yaziririmvye?
        Barafise uburenganzira bwo kuvuza indirimbo!Utazishimye witwarira uwaziririmvye!
        None bavuzeko urwaye utarwaye hari ico bikugira?Ariko urwaye uc uja kwivuza!

        • Prosper

          @Kabizi. Eka na RTLM nta studio y’indirimbo yarifise. Yavuza izo yaguze. Ayo maradiyo y’abanyakenya avuza indirimbo aba yaguze…. so mw’ijambo rimwe ivyo bavyita ubufatanya caha kandi navyo birahanwa n’amategeko. Uguze icivye nawe aba yivye …. that is very standard.

  12. nzobandora

    Womenyera ushaka yuko bahanwa kubera bavuze ibiriko kiraba en direct?Tu les a entendu encourager telle ou telle autre parti?Si tu as réellement voyagé comme tu le dis warikuba uzi neza yuko hahanwa abakokeza ingwano canke indyane kuko aho hoho za RF1,France 24,CNN n’izindi ntarinze ndadondagura zofuswe,aba journalistes bagapfungwa kuko bavuga bobo ivy’isi yose nkaswe twebwe bavuga ivyacu gusa.
    De toute facon Festus Ntanyungu a déjà vendu la mèche sur les intensions des dirigeants.
    L’intension iri claire ihari de mater l’opposition et faire taire les médias non seulement n’arrange en rien le pouvoir et le peuple mais aussi nabone iyo rukamvye zirabaha micro,woba wibuka Ivyashikiye Rukara.
    Puis,ubu à une année des élections niho bibonetse que les médias zikora nabi?Nibutse kera umengo en 2005 avant les éléctions le CNND FDD avait une toute autre opinion à propos des médias kebera iki vyahindutse.
    Turavye aho U Burundi bugeze mu bukene je pense que nous sommes entrain de perdre du temps dans des manoeuvres qui n’arrangent ni le pays,ni le peuple ni meme les dirigeants eux memes à moyen et long terme

  13. LeGénie Noir

    On le sait, RPA est une caisse de raisonnance de SINDUHIJE: bahenda nde abo bagabo bibaza ko abazi kuvuga amakuru bonyene ari abo muri RPA. Dedans y travaille des gens de Bujumbura qui ne connait pas le vrai Burundi. On ne les a jamais entendu raconter ce qui se passe à Bururi ou ailleurs dans les coins reculés du pays. L’unique chose que RPA trasmet est la critique contre CNDD-FDD et sa fameuse police: nous voudrions aussi sentir raconter la vie normale du peuple, leurs travaux dans les champs et paturages au lieu de nous caser toujours les timpans avec leur haine réciproque envers DD et police. Parlez un jour de la beauté de la nature burundaise, de ses monts et vallées, de ses forets et prairies. RPA semble etre seulement une radio politique!!!!!

    • Prosper

      @LeGénie Noir . Uko ni ukuri kuzuye kabisa.
      Ivyo uvuga bifise ishingiro kabisa. Nciye ndaba ino link:
      https://www.youtube.com/watch?v=T00odPTPuuM

      Ni ukuvuga umunyamakuru atemeye kugendera mu kwaha kwiwe aterwa iterabwoba ryo kwirukanwa kukazi. Ariko nkuko iyo link ibigaragaza turabona ko atari bose. Harimo umwe umwe usanga yiyumvira, ashira mugaciro.

      • Didier

        la nature, la beauté du pays, les pâturages en quoi arrangent le peuple burundais? canke se ukwica abantu n’ukwanka ko abandi bavuga canke bokorersha amanama yabanywanyi babo, c’est ça que toi et toi ami mwita des vraies informations! akariho karavugwa yaco mwigira impumyi.

  14. KAJEKURYA

    Ivy’i Burundi biragoye basi! None ko bavuga ko abapolisi bavyifashemwo neza bakongera bakabashimira, nagira iradiyo yerekanye ivyiza bakoze bari kuyishimira! None baca bayigabisha kandi yerekanye vyiza? Inyuma y’iyo nama y’umutekano hinyegeje ibintu vyinshi, ariko ikimaramaje ni uko CNC iheza igatamikwa ivyo ivuga. Ndatumiriye abantu bose gusoma inkuru ya « NGOMA YA SA CEGA » baheze bamenye ingene bokwifata imbere y’ibintu bishitse, na cane cane ku vyerekeye akazi bajejwe.

    • Prosper

      @Kajekurya. ngiye gusoma iyo nkuru ya  » NGOMA YA SA CEGA » ubwo ndakugarukaho ndangije kuyisoma.

    • Prosper

      @KAJEKURYA .
      hahahaahhaha ….. ni ukuvuga wewe uracibera mumigani n’udutito. Aho abandi babaho muri reality wewe wibera mw’isi y’imigani…. none se wumva vyokorehera gushira mugaciro gute kandi wibera muyindi si ? Narinzi ko ari coverage ngiye gusoma none ni imigani kandi imigani ya gipagani …. nciye mbabara…pu.

      • monavis

        @prosper bavuga ngo « umugani ugana akariho » hama ndavye umenga uri rwandophone,kuki utoja gutorera inyishu ivy’urwanda hama ukarekera Uburundi Abarundi!hama kuba RPA yarashikirije ibiriko biraba yagize neza kuko nijisho nugutwi kumunyagihugu,urabaza abo ba DD uvugira ko aho hambere batayikenguruka kuko yabasanze mw’ishamba ikabaha ijambo!

        • Prosper

          @manavis. Jewe simvugira umuntu numwe. Ngerageza gukurikira logic … let X be Umurundi.
          In that case X ishobora kuba journalist mwiza, mubi, umunywarumogi, hanyuma let X be igiharuro ivyo navyo bica bisobanura ko X ishobora kuba 1,5 , 10 ….. Umuntu abogama yama yibaza ko X iri static idahindura value niyo mpavu ama value umurundi aguma abona , uwo muntu abogamye aguma abona ibintu ko X iguma ari ya yindi…. my logic is :  » If …. then …. else ….. hanyuma nkongera nti whatif ………… Gerageza kuraba ibintu muburyo bwa if … then …else uraza gusanga wemeranyije nanje ….. Hanyuma ivyuko umugani ugana akariho navyo nyene biri relative hari ama situation amwe amwe bidakora … niyo mpamvu nokugira inama yo kuba muri reality.
          Hanyuma kuba igihugu carigeze kuba mu ntambara izwi n’amategeko , yemewe mu makungu, leta yaririho igirana ibiganiro nabo barimo barwana so ico gihe ntakibi carimo co kugenda kuvugana nabari aba rebels . Ariko ubu ku isi yose birazwi ko nta mishikirano igomba kuhaba , guha ijambo umu terabwoba canke umunywarumogi…usivye ko vyibuze umunywarumogi ajanwa kwa muganga bakamwitaho. …

  15. Il est vraiment drôle notre fameux Conseil National de la Sécurité. Au lieu de conseiller à la police de ne plus jamais s’introduire avec une arme blanche dans une résidence privée sans avoir l’invitation ou un mandat de perquisition ou d’arrêt, voilà que le conseil de sécurité jette l’éponge sur les médias qui nous ont transmis en direct cette catastrophe! Ce qui est plus malheureux ds tout cela, c’est que le fameux conseil est dirigé par …..

  16. Prosper

    Nonese ko bibera muri paradizo… ayandi maradiyo muri za Kanya n’ahandi arahanwa eka nabakuru bayo bakajanwa mu nkiko muzamakungu ….. Ndabona abantu bose bagiye kwimukira muburundi aho abantu baho batazi imipaka igenga uburenganzira bwokuvuga …. nukuvuga muburundi iyo umuntu akubise umugore ubundi abashinzwe umutekano bakamubuza ngo bisobanura harimo hategurwa ingirwa Genocide …. hahahahahahha …..ndabakunda muri aba comedians .

    • nzobandora

      Womenyera bahanwa kubera bavuze ibiriko kiraba en direct?Tu les a entendu encourager telle ou telle autre parti?Si tu as réellement voyagé comme tu le dis warikuba uzi neza yuko hahnwa abakokeza kukp aho hoho za RF1,France 24,CNN

      • Prosper

        @nzobandora. Kenshi baba barimo bakokeza bavuga amakuru atandukanye n’ibiriko biraba.
        Nago nigeze numva kuriyo Radiyo bavuga ko abantu barimo bagira parade nako imyigaragamvyo atarushusha bari bafise, bagacagura coincendence y’umunsi w’abagore , nago nigeze numva havugwa ko basanze ibiro vy’urumogi muriyo Permanance …..
        As umunyamakuru w’umunyamwuga nivyiza kuvuga ibiriko biraba nta kubogama na gato.
        Kubera ko abarundi benshi ntaburyo bwo kugira TV ngo birabire n’amanso so baca bumviriza ama Radio. Ama Radio nayo iyo uyakoresheje nabi mugihugu nk’iki c’uburundi kivuye mumagume , so nago nibaza ko kubari ugukoresha ubwo burenganzira bwo kuvuga muburyo bujanye n’ubwenge …

        • Nzobandora

          Mon ami Prosper,
          Jewe wagomba ndemera yukorimwe rimwe pour mieux vendre leur info bashiramwo du sensationnel riwme rimwe itariyo,n’abantu barihenda nkatwe twese
          Mugabo,jewe narinzi yuko un bon dirigeant au lieu yo kuzugara yarakeneye par contre kumenya surtout ibitagenda neza kugira abikosore canke akosore abo yabishinze ntibabikore.Parce que utari umuntu aba hanze,nibaza yuko aho économiquement tugeze par rapport y’ibindi bihugu bibanyi atari umwanya wo kuguma turata nos belles collines mugabo ari gushira imbere ibitariko bigenda neza kugira tuzamuke tubashikire canke tubarengane.Pour moi,nivyo bikwiye kuba ubu nkandi ntakubafata comme des anti CNND FDD kuko tous les pouvoirs ntanimwe yigeze ikunda les radios privés kuko zibatora utunenge.L’essentiel pour moi est ce qu’on fait de l’info recue.Naho ntari sure à 100%,je reste convaincu yuko les dirigeants eux memes bumviriza ces radios kandi des fois zibafasha kumenya ivyo batari kumenya bagumye bumviriza ababatera amashurwe gusa.

          • Prosper

            @Nzobandora . Aho haraho duhuza. Nivyo ko ekonomi iri hasi. Ariko nanone nivyiza ko biri clear. Ibihugu bimwe bimwe vyabaturanyi abantu inzara igiye kubarimbagura … basigaye barya rimwe mu minsi ibiri. Ubundi bakaririmba ko growth ya economy irenze 6% ….. Igihe kimwe PAM yigeze kuvugisha ukuri kuko ibintu bimeze muri kimwe muri ivyo bihugu vyabaturanyi … uwabitangaje harico yaragiye kubona.
            Uburundi bwahoze gutya, nago ekonomi yigeze iba any better. Icahindutse ni inkuru zibera available abazishaka kuburyo bwuko ubu umurundi wese arazi ko ekonomi iri hasi … mubitandukanye nivyo bindi bihugu bibanyi abanyagihugu baho usanga ntaco bazi , bameze nk’intama.
            * Guteza imbere ekonomi aho turahahurira.
            – Uburundi amahera arenga 50% ya budget ava hanze
            – Tuzi ko ibihugu vyo hanze bifasha vyashizeho conditions ….
            – Hanyuma abanka igihugu cabo batabizi bagenda kubwira abaterankunga ibinyoma bituma , bano batera inkunga with conditions babona urwitwazo rwo kudatanga izo nkunga …bityo uburundi ntibutere imbere. Kuko leta yubaka abandi barimo basambura kubera inda zabo ndende ngo bashaka ubutegetsi.
            – Gusa hari hakwiriye uburyo bwo gufasha abarundi kwimenya, kutazera inze, gufasha abarundi kuronka indi altenative itari iy’uburimyi gusa , ivyo vyofasha kurenza ….

            * Ivy’uko abantu bose bakora amakosa nago nobipinga na gato ndavuga abo bany’amakuru …gusa biba vyiza kandi birafasha kwemera ko haba hari amakosa uba warakoze.
            Naho ubundi ama Radiyo yigenga iyo akoreshejwe neza agira akamaro.

      • Uwubizi

        @Prosper
        Umva rero Prosper , ba utandukanya iradios zivuga uko ibintu vyagenze ataco zikuyemwo(cas ya RPA mu bijanye na les événements du 8 mars) hamwe n’amaradiyo akokeza urwanko, indrwano, etc. Nka kurya vyagenze muri Kenya canke nka za RTLM mu Rwanda.

        • Prosper

          @Uwubizi.
          None muri coverage y’amakuru harubwo bavuze ko abantu bagiye kwigaragamvya batabifitiye uburenganzira ? Hanyuma ikindi naco wokwibaza niba barafashe coverage yose from the start to the finish ubwo bisobanura ko bari batumiwe n’abagiye muri parade, impamvu bari bafise yo kubigira kumunsi w’abagore, kubera ko umuntu wese yabishatse kugira information twisting biroroshe, so igihe umuntu ari umunyamwuga agomba kugira neutral coverage…. Raba ivyo nishuye nzobandora ubwo urashobora kumufasha kunyishura… kandi vyofasha benshi basoma ino site.

          • Nzobandora

            Raba ivyo nakwishuye hejuru.
            Hanyuma kugira coverage yose ntibisaba yuko bua watumiwe.Ugira France 24 iratumirwa Centre Afrique canke ahandi?CNN muri Syrie bakarinda bahapfira.
            Hanyumas iyo turiko tuvuga ivyo gusaba uruhusha,inama kuri permancence sinarinzi yuko usaba uruhusha kandi nibaza yuko utizimije ubwenge iyo barusaba batari kururonka.Umusi wabagore sinzi igituma batoye uwo mugabo nahone sinuva igituma vyari kuba bibijijwe ‘k’umusi mukuru w’abagore.
            Jewe ntavyo nuvirije urya musi mugabo narinzi yuko bagize neutral coverage kuko bavuga ibiriko biraba.Sinzi yuko wagomba yuko batavuga yuko hariko hakoresha real bullets!

Publicité