http://www.iwacu-burundi.org/wp-content/uploads/2016/09/US-ADVERT-26-SEPT-O-7-OCT.pdf
Les images de la semaine

Images de la semaine du 22 au 28 juin 2015

  3   Vos commentaires
  1. muis

    ndayicariye pierri caraver, wahoze userukira uburundi mu makungu. ubu utwara umugwi ujejwe amatora mu Burundi, mbega urashobora kw`emeza y`uko mu Burundi habaye amatora? njewe ndakuzi neza kuko twarakoranye muri cpf mugihe ca nti ntibantunganya sylvestre(umukuru w`igihugu), turiko turategura abanyangihugu parall`lement na ministère ya nindorera kugirango habe ukumvikana no kubana mu mahoro, twarakoze ibitabo vyitwa ‘Plan de de développement économique et de la reconstruction’, ngirango urabona les personnes étrangères au temps de Niyibigira Gérard muri ministère uzi neza, abatwigisha un camerounais, une canadienne et même coordinatrice.
    warikumwe muri aruzi mubikorwa bimwe bimwe kadi twarumvikana uri umushikiranganji.
    ntabwo nakunda kuvuga ariko ndabisohoye abakunda gusoma bazomenya uwo uriwe,
    Imana ibe n`abarundi, messsage à garde car je suis disponible pour témoigner sur et le pourquoi le cndd fdd de la maintainance de ce mr à la tête du cni et console.

  2. Aba banyeshure niho bananirwa bakayoberwa, aho kwumviriza ivyo bigishwa biyigira gusimba imitego gusa. Ivyo bariko baragira vyo gusimba impangu zabandi ninde yabibigishije? Aho kuja mw ishure bariko baramena impangu z’abandi gusa. N’abakobwa kweli, cloture ya 4 metres barurira. Nakamaramaza.

  3. Muis

    Mbega pasitori yo ba abona iyo ariko ajana abarundi n`Uburundi. Nta mpuhe afitiye abarundi, abobanyeshure bari ko baruri impome za Ambassade ya leta Zunze Ubumwe bw`Amerika, n`ibihubi vy`Abarundi bahenze abandi bakicwa.
    Yoba asenga Imana tuzi?

Publicité