Archives

Images de la semaine du 17 au 23 mars 2014

17/03/2014 La Rédaction 7
Accès réservé aux membres du Club des amis d'Iwacu

Pour accéder à l’ensemble de nos contenus numériques, abonnez-vous et devenez membre du Club des amis d’Iwacu

Votre abonnement vous donne accès à :
  • Toutes nos archives numériques (10 ans), soit près de 15.000 articles
  • Un moteur de recherche avancé, simple d'utilisation et performant
  • Notre newsletter quotidienne et nos alertes
  • Nos publications imprimées en accès numérique dès leur parution
  • Nos éditions spéciales imprimées et en ligne

Soutenez une presse indépendante et de qualité !

Abonnez-vous maintenant !

Consultez nos offres et bénéficiez de l’information la plus complète sur le Burundi

Forum des lecteurs d'Iwacu

7 réactions
  1. bucanayandi

    Burya abo ba DD barabaye impumyi kuburyo batabona ko Nduwimana Edouard afise mission yo kubatembagaze?bambarize.kandi unyuma yo kubatembagaza azoca yisubirira mu mugambwe wiwe Uprona.Ba DD muragabe avec cet homme mechant en 2015.Ako nakagohe ndabavuniye mushaka mwomusezerera hakiri kare. J,encourage Mr Edouard abandanye uwo mugambi wiwe gushika adukurire abo ba DD ku butegetsi.Birateye Isoni kubona umushingamateka atazi guharura kuva kuri 1 gushika kuri 106.icashoboye gusa ni kwita imbere misi yose yishura ama hopa.ndasavye abamutwara ko bomusubiza muwakabiri aje kwigwa igisoro co guteranya no gukuramwo.ndashimiye umukuru w,inama nshingamateka niw wenyene yamaze guhinyura amayeri ya Nduwimana mwabonye ko yaraye amuhakaniye kuvyo yari yateguye.Ba DD hangwe na Nduwimana.

  2. Nkunduburundi Ndayishimiye Hypolite

    Bantu musoma iyi nkuru mumbeshuze nimba mbeshe:
    1. Uyo mugabo Ed. Nduwimana si umuntu mwiza (ku Ntwaro HutuDD yitwa ko ariko arakorera no ku Batutsi aturukamwo cank ariko arakorera mukinyegero) . Igituma mvuze gutyo, naricaye, ndibaza igituma yitwra en Zele member of CNDD-FDD, nsanga ari kuri Mission abantu benshi tudashobora gutahura.
    I. Iya mbere, Harya ahagararira akavugira Imbonerakure, ntayobewe ko ari UNE MILICE n’ibibi vyazo. Ex: JRR (1972), Sans echecs & Sans defaites (Bdi 1993-1996), Interahamwe & Impuzamigambi (Rda 1990-1994). Abikora abizi gusa hari ikibimutuma atari Inda, Ubutegetsi. Mbibarize mukimbwire. Ndabarindiriye.

  3. Ruganzu

    S’il y a de bon president o monde, c est bel eh bien Nkurunziza. Ntiyubatse amabarabara yubatse amadodoma. Amashuro n a,a-stades ni ahahebuza gahebuza uprona na Frodebu. Ukurihira abavuwe bakabura ayo kuriha ni nararwaye murangarukirako. Uguhuza amoko, ni Petit Jesus, … Turamwongera ntakabuza, abavengwa bavengwe. Ni twe tuzi uko tungana n aho yadukuye. Benshi mubatubesha ngo barize, bagaca bamurwanya ntibabanza gushira kumunzani ngo barabe aho yadukuye n ubwo atabuze abamwononana atabona canke adahana. Nk umushikiranganji nyaruzungu yigira ikimana aramubona!! Aramutinya!! Ni ibiki??? Erega yaranamukuye ntiyabimenya!! Yomenya abo mw ubwo bushikiramganji bagowe, bikoreye urusyo natabaranye!!

  4. MAYUGI

    Que vient faire l’UPRONA dans cette histoire des détenus du MSD? Un peu de retenu même ce parti (UPRONA) ne vous plairait pas!!

  5. Komera

    Le ministère public burundais vient de se décredibiliser. Comment peut-on demander des condanations à perpétuité aux gens qui n´ont tué personne. Ce ministère incapable de juger ceux qui ont assassiné Ndadaye démocratiquement élu, et ceux qui sont à l´origine du génocide de plus de 300 000 burundais?
    Les burundais démocrates et la communauté internationale doivent cesser de donner le poids aux génocidaires et dictateurs.
    Les pays comme la France ne devraient pas soutenir le CNDD-FDD à cause de la solidarité entre les francophones. L´Union Africaine ne devrait pas être solidaire avec un président dictateur. Les étrangers se trouvant au Burundi devraient aussi démontrer qu´ils ne soutiennent pas la dictature, l´injustice et la corruption au Burundi.
    Les USA devrait savoir que l´envoi des militaires burundais pour combattre les terroristes dans les différents pays continuera même en l´abscence de l´actuel président burundais dictateur. Son contrat avec le Burundi ne sera pas mis en cause. Les USA devraient être fermes avec les dictateurs comme ils le fant ailleurs.
    Les missionnaires des différents sectes devaient cesser de soutenir le couple présidentiel dans ces éxactions contre la population.
    La population burundaise doit se défendre contre la dictature de Nkurunziza.

  6. LeGénie Noir

    Abaporona bari baribagiye gukoresha ama grenade! Batanguye kumarana muri bo? Kera le loup ne mangeait pas le loup!

  7. umutingigwa

    Birababaje kubona hari abantu biyumvira ko basheshe amaraso ariko gukura inzitizi zotuma ushika kiri kirya canke kiriya. Gaston canke abandi barikumwe ntangarane bateye mu mugambwe uprona.Ingorane ziri hagati ya Uprona na cndd fdd kubibazo vyinkoramuti:accord d’arusha , cntb,cvn n’ibindi.ivyo bibazo ntabwo biri hagiti ya ba concilie n’abo bari kumwe badashika 10 hamwe n’umugabwe wiyunze urongowe na Hon Nditije; si ba Gaston bashaka gusambura amasezerano y’i arusha ni cndd fdd. kuvuga ko atabandi bateye urugo rwa Gaston atari abadasigana yarihuse yari kurindira amatohoza canke agira yikike inyuma yivyo vyamushikiye bace abobakorana mvuga cndd fdd bate mumvuto indongozi z’abadasigana kuko banse kwemerera cndd fdd ko isambura amasezerano y’i arusha. nimba ba gasto na concilie babona ko ivyo bemereye aba dd vyabataye kuw’amazi nibabivemwo abadasigana bazobagirira ikigongwe kuko ito gitabwa iwabo.nahandi ndiyamirije uwo wese yoba ashaka kukwaka ubuzima Gaston kumvo za politique ndetse n’izo arizo zose.nibakureke wibereho rugira niyo izi umunsi wawe.

Charte des utilisateurs des forums d'Iwacu

Merci de prendre connaissances de nos règles d'usage avant de publier un commentaire.

Le contenu des commentaires ne doit pas contrevenir aux lois et réglementations en vigueur. Sont notamment illicites les propos racistes, antisémites, diffamatoires ou injurieux, appelant à des divisions ethniques ou régionalistes, divulguant des informations relatives à la vie privée d’une personne, utilisant des œuvres protégées par les droits d’auteur (textes, photos, vidéos…) sans mentionner la source.

Iwacu se réserve le droit de supprimer tout commentaire susceptible de contrevenir à la présente charte, ainsi que tout commentaire hors-sujet, répété plusieurs fois, promotionnel ou grossier. Par ailleurs, tout commentaire écrit en lettres capitales sera supprimé d’office.

Ajouter un commentaire

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée.

Editorial de la semaine

Une opinion déboussolée

Léandre Sikuyavuga Commentaires fermés sur Une opinion déboussolée

Après le fiasco des pourparlers d’Arusha, plus d’un se demandent que pourrait être la suite. L’incertitude politique fait grandir les inquiétudes. Une opinion ne semble plus croire aux solutions qui viendraient des chefs d’Etat de la Région, encore moins de (…)

Notre Web Radio sur What'App

1 Ajoutez le numéro suivant à votre liste de contacts de votre GSM : + 257 76 002 004

2 Ouvrez l'application WhatsApp et envoyez un message à ce numéro avec votre nom + la mention "abonnement".

3 Il n'y a rien d'autre à faire : nous nous occupons de l'activation de votre compte. Vous commencerez à recevoir nos émissions quotidiennes en direct sur votre smartphone.

CBX Useronline

222 utilisateurs en ligne