Pour accéder à l’ensemble de nos contenus numériques, abonnez-vous et devenez membre du Club des amis d’Iwacu |
|
Votre abonnement vous donne accès à :
Soutenez une presse indépendante et de qualité ! |
Abonnez-vous maintenant !Consultez nos offres et bénéficiez de l’information la plus complète sur le Burundi |
Aho inkoho zarinze zihera mu Nyakabiga na musaga na jabe na ngagara na cibitoke na mutakura, no mu Mugamba zizoceceka! Just a matter of time. Iyo baba abo mbwira bokwishikanye hama naca sana ikigongwe bakagaruka mû ruhongore nayo ubundi mandat yoyo iraheze nzoraba ico mwagiriza umu candidat wa 2020 narirya mutama twubaha turi batubahuka ku gribouilla azoba habaye senateur. Humera amaso mubone muve muriyo mbeho yo mu Mugamba hatagira nico murya mutage mu miryango yanyu, ubundi umuti w’akanse n’uguheba.
Imvugo nkiyi iranshisha ndakurahiye. Wewe bigaragara ko uri mubariko barica abarundi kubera ububisha gusa. Nimba mufitaniye ingorane na Nkurunziza murazi aho mukwiye kugira ibitero ariko ntabwo mwoza murica inzirakarengane, kugira mubone kwivugisha ko ata mutekano uhari. Mbega muzokora iki nihagera muri 2020 mutarabamara canke ngo mutembagaze ubutegetsi bwitorewe n’abarundi isinzi?
Finalement si on suit l’explication du gouverneur ce Eric est doublement victime. Il vient réclamer l’argent volé, il se fait tirer dessus ensuite il se retrouver au cachot.
L’informateur( frère du voleur) connait un peu plus le ou les tireur(s), mais le plus aberrant c’est le discours : il y a la sécurité au burundi, la justice travaille, les enquêtes sont en cours, sauf qu’aucun jour ne passe sans tuerie, s’il y avait la justice, les gens ne régleront pas seuls leurs compte et si les enquêtes aboutissaient il n ‘ y aurait plus des places en prison. Il vaut mieux trouver les meurtriers en prison que des élèves qui ont gribouillés une image.
Les gens de Carama qui peuvent s’ aventurer actuellement dans une valée de Mugamba pour y chercher un bandit? Cette version est à rejetter! !