Mardi 23 avril 2024

Politique

Bob Rugurika conduit à Mpimba

20/01/2015 13

16h50 : Bob Rugurika, directeur de la Radio ‪Publique Africaine (RPA)‬ est conduit à la prison de Mpimba.

Forum des lecteurs d'Iwacu

13 réactions
  1. Caragurishijwe

    Les gens au pouvoir qui se comportent comme des robeles , c’est domage ….les choses doivent changer , un pays qui n’a pas du tout de systeme judiciaire ne peut pas fonctionner , il n’y a pas de justice au Burundi .

  2. jean antoine fils de KIZEMA

    Kadhafi yarakomeye none ubu arihe? Umusi bamukwega mwivu Nkurunziza yariko araba televison amaosozi mu maso murazi ko yamugabiye ingamiya .Igihe co guca bugufi kirageze tukibuka aho twavuye imbere yo kuba piwa commandant gushika aho turi kizigenza.

  3. Guy Nasasagare

    Autant être poursuivi pour avoir exercé sa fonction au nom de la verité que d’être promu pour trahir ce qu’on appris pendant des années, car le temps finira par donner raison. Bob vient d’être inscrit sur la page historique des Burundais qui auront en leur temps eu le courage de rechercher la verité. Si le Mr « spécialiste du droit » qui l’a envoyé en prison pouvait au moins faire comme Bob et nous dire qui est/ ou sont le(s) assassin(s) de ces nuns puisqu’ apparemment il détient la verité. A mon humble avis j’estime que Bob n’aurait pas été envoyé en prison pour rien, or jusqu’à l’heure où je partage cet avis, nous détenons aucune autre version des faits, encore moins la verité, si ce n’est que les révélation des investigations de la RPA à qui je félicite d’ailleurs pour avoir fait son travail.
    « Collaborez avec la justice », nous dit-on souvent les « lecteurs de la loi » pour ne pas dire « Juristes » à voir l’implication de tout le sens que revêt le mot, la RPA l’a fait! Monsieur sinon Madame justice montrez au public de ce que vous avez fait de cette collaboration et les bruits au tour de la derive judiciaire cesseront.
    Mais déjà un message de votre part a été inconsciemment ou pas envoyé dans l’opinion.
    Voir les perssones citées dans l’affaire s’amener sans convocation chez vous et repartir en toute tranquilité, je dis:  » Félicitation Mr l’instructeur le message a passé »

  4. Ibintu bivugurwa kuriyo RPA ..uvyumvirije nawe ugashiramwo ubwenge bwawe ntushobora gutahura neza intumbero yamakuru yabo…bashobora kuba bafise gute umuntu yishe abantu bakamuhisha ..dufate kwivyo yavuze arivyo hoho bishoboka gute hoho ngo ntamenyenekane ni nkuko umunga uwuvuga ko yishe barya babikira afise uwabimutumye kubivuga…hoho yorihwa amahera nkarya akongera akica hanyuma akagaruka gute kwivuga?kuri we abifisemwo inyungu nki hoho kuberiki atabivuze barya bantu bataricwa akaza kubivuga barishwe ..ikindi gitangaje ningene ukwo abivuga ashaka kumvuga nkonyandiko zuwitwa Rukundikiza..umenga ni plan bateguriye hanwe nka kurya bategura ivyese ..kanyuma bagaheza bakarondera abakinyi..birababaje ivyo kumenyeshamakuru vy`iburundi..!!!

    • burka

      rindira nawe uzoshikirwa kandi RPA izokuvugira _

    • GAHUTU

      Mugabo ndibaza ukuri kuzotita kuja ahabona, bitebe bitebuke bizoshika, ahukuri gutsinda ikinyoma.
      mbga igihungu niki? ikinyoma niki? mbga ukuri niki? nimba ari RPA, canke UBUCAMAZA turindire hazogera, bitebetebuke uzohaba azobimeya, nimba atariho zoba umwana waje azovyumva, mbga ntega na maragara vyageze gte? mbga woba ubizi baza Data naho yafuye ?

  5. Floris

    Umuvumo ku gihugu n’abategetsi babi. Nayo ubucamanza nirwo rukiza rwa bose : abato, abakoemeye uno munsi, abarenganywa, imphuvyi, … Ariko rero aha iwacu ubucamanza bucira inkonda. Kanatsinda havuyemwo kuraba ico umuntu amaze baraba amazuru n’ibindi nidafashe. Imvugakuri ntigira ubwoko, ntigira intara, … Burya ubutegetsi buraborera bugatuma umuntu yibagira ko ari intizo. Imana ikingire uburundi ibufashe kugira abantu babushitse. N’ibara kuvuga ko ivyo twarwaniye ari ibi, ko abahonye za buga, za tenga, … abahekuwe bifuza ko ababarongora bitaho amaronko gusa gusumba abantu. Ishavu ry’Imana mw’isezerano ryayo yarita ku mwami. None guphunga Bob niyo nyishu? Canke agiye gusaga Butoyi nawe igipolisi cafashe civuye inyuma naho abishe bari kwa Ayubu. Aho bari abishe barazi neza aho baciye n’uwabafashije. Abantu mwitegure vuba ihinduka nyakuri atari ibi bita nyakuri. Murabe aho muba isaha n’isaha muzoronka ubutumwa. Bob ababere incungu na kare ntibafata uwusemera bumviriza ico asemerera…Akateretse kaba gasema. None Onu ntibahuza, Société civile ntibahuza, Abadufasha ntibahuza, abihebeyimana basemerera, none abo bantu barera badahuza n’abantu bose, bobarenganiriza iki?

  6. mckay

    « pepe » aujourd’hui c’est Bob, demain ça pourra être toi »! ubwo butungane uvuga buri he ? Wobwerekana? Abakurambere bati : »inkoni ikubise mukeba bayirenza urugo ». cette justice incapable de faire comparaître les vrais criminels!!!! uyo mucamanza aruciye, ruzomuca muri société rindira. Bob courage mon frère uri intwari. JE SUIS BOB !!!!

    • duciryaninukuri

      je ne suis pas Bob je suis moi mais je suis « justice pour tous » et sans soutien aveugle,
      pourquoi cette volonté de salir la dignité de telle personne alors que la justice est là!!!
      Je crois qu’on a droit de tout dire mais pas de tuer une personne socialement c’est pire que tout!
      Avec nuance au cas où….
      Laissons la justice faire son travail sans pression…

  7. Burundi bw'ejo

    Cet episode pourrait changer le cours dess choses ici au pays. Peut-etre le debut de la fin de ce regime sanguinare

  8. Bizotindabiba Eric

    c’est dommage pour notre pays. C’est regretable pour notre justice aussi!!!!!!!!!!!!!!!! Bob pole sana n’ibihe turimwo, ntibari guhera kugufunga ahubwo bari gukorera kuvyo watohoje bakadufasha abamenja bakamenyekana. ariko uno munsi, nibo bakingiwe c’est grave!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

    • Reka ubutungane bukore. kandi mwubahirize inzego. Nico dukenye twebwe abarundi.

      • ciza

        BOB IMANA IKUJE IMBERE,AMARASO ARAHUMA AYINZIRAKARENGANE YOYO ABERA URUKIZA ABANTU BENSHI.
        AMARASO Y’ABARYA BABIKIRA AZOHUMIRE UWAYAKOZE,NAW BOB USHAKAKO UKURI KUJA AHABONA ABOBICANYI BAKAGUTA MUMVUTO AZOGUKINGIRE AHUZOBA URI HOSE.
        NTAKIBERA UBUSA BOB WIHANGANE IMANA IZOGUHEMBA KUCIZA WASHATSE GUKORA MUGUSHAKA GUFASHA UBUTUNGANE MUKURONDERA ABICANYI BISHE INTUNGANE.

A nos chers lecteurs

Nous sommes heureux que vous soyez si nombreux à nous suivre sur le web. Nous avons fait le choix de mettre en accès gratuit une grande partie de nos contenus, mais une information rigoureuse, vérifiée et de qualité n'est pas gratuite. Nous avons besoin de votre soutien pour continuer à vous proposer un journalisme ouvert, pluraliste et indépendant.

Chaque contribution, grande ou petite, permet de nous assurer notre avenir à long terme.

Soutenez Iwacu à partir de seulement 1 euro ou 1 dollar, cela ne prend qu'une minute. Vous pouvez aussi devenir membre du Club des amis d'Iwacu, ce qui vous ouvre un accès illimité à toutes nos archives ainsi qu'à notre magazine dès sa parution au Burundi.

Editorial de la semaine

Une responsabilité de trop

« Les décisions prises par la CVR ne sont pas susceptibles de recours juridictionnels. » C’est la disposition de l’article 11 du projet de loi portant réorganisation et fonctionnement de la Commission Vérité et Réconciliation analysée par l’Assemblée nationale et le Sénat (…)

Online Users

Total 4 360 users online