Uwireze atevye

Umukecuru w’umyaka 89 yagiye kwirega kwa patiri ,amubwira ati : « Patiri ! naracumuye mwibaza ko imana izonyakira mw’iparadizo ? » Patiri ati : «Mwagize iki kugira mugire amakenga nk’ayo ? » Na w’ati:”Mu ngwano naranyegeje umuyahudi mukuzimu kw’inzu yanje(cave).” Na we ati mwagize neza. Ati egome ariko na mwaka ibihumbi 600 mu mahera y’amanyaburaya. Patiri ati wagize ikintu ciza cane ahubwo izobakira ibagirire n’ikigongwe. Wa mukecuru umutima uramwanka abwira patiri ko ubwoba buguma bumwishe.Patiri ati:” Ni kubera iki?” Na we ati:” gushika ubu sindamubwira ko ingwano yaheze.”

Amasezerano y'abayagira kur'urubuga ngurukanabumenyi rwa IWACU

Ivyiyumviro n'ibivugirwa hano ntibitegerezwa kurenga amategeko y'umubano mwiza. Mu bibujijwe kwandikira hano, harimwo amajambo y'amacakubiri afatiye ku bwoko, ibitsina, ukwemera kujanye n'idini, gutyozanya canke gutukana, amajambo ahamagarira gucanamwo, canke aza atanga amakuru ajanye n'ubuzima bwihereranye bwa muntu. Ikibujijwe kandi ni ugukoresha amasanamu canke ivyandikwa vy'abandi udatomoye isoko yavyo.
Iwacu ntizotiriganya mu gufuta icanditswe cose coza kirenga kuri ano masezerano, canke ivyanditswe bisubiwemwo, bitanzwe bitajanye n'inkuru vyandikiweko, bihayagiza ibidandazwa canke bidashingiye ku kwubahana hagati y'abahurira hano. Icanyuma : intererano izogirwa mu ndome nkuru izofutwa vuba.

Kwongerako iciyumviro

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *