Ico gikoko gitwaye impene kirayigarukana

Umugabo umwe yitwa Mayugi yaratinya ijoro cane. Umusi umwe, igabura riza kumurira impene. Impene ikibonye rya gabura iritabiriza iti: ”Meeeeeeeeeeeeeee!” Umugore wiwe arakanguka abwira umugabo ati umve Mayugi ya mpene kirayitwaye! Irukanga uyitabare! Ka Kagabo na ko nyabuna karipfuka no mu maso gapfuka n’umugore kamwumirako kadegezwa kati: ”Ryama Mariya ryama!Ryama ariho! Kirayigarukana coyitwara abana bayo bakazogira gute? Aho hose iyo mpene yari ishashi ntiyaribwavyare.

Weho woca ugira iki?

Amasezerano y'abayagira kur'urubuga ngurukanabumenyi rwa IWACU

Ivyiyumviro n'ibivugirwa hano ntibitegerezwa kurenga amategeko y'umubano mwiza. Mu bibujijwe kwandikira hano, harimwo amajambo y'amacakubiri afatiye ku bwoko, ibitsina, ukwemera kujanye n'idini, gutyozanya canke gutukana, amajambo ahamagarira gucanamwo, canke aza atanga amakuru ajanye n'ubuzima bwihereranye bwa muntu. Ikibujijwe kandi ni ugukoresha amasanamu canke ivyandikwa vy'abandi udatomoye isoko yavyo.
Iwacu ntizotiriganya mu gufuta icanditswe cose coza kirenga kuri ano masezerano, canke ivyanditswe bisubiwemwo, bitanzwe bitajanye n'inkuru vyandikiweko, bihayagiza ibidandazwa canke bidashingiye ku kwubahana hagati y'abahurira hano. Icanyuma : intererano izogirwa mu ndome nkuru izofutwa vuba.

Kwongerako iciyumviro

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *