Umusore yicaye hagati y’inkumi n’umukecuru.

Umusore umwe yari mu modoka yicaye hagati y’inkumi n’umukecuru. Aravye uwo mukecuru akumva umutima urahagaze. Yari umukirisu wa cane maze agenda arasenga inzira yose. Ahindukiriye kwa wa mwigeme kikamusoka. Umuduga ugeze muri ya makorosi y’i Bugarama, ubona ko abantu bagenda barahengamira irya n’ino, ikatiye iburyo wa musore yegamira wa mukamakare. Umuhungu utanka yaca avuga ati: ”Mana yanje ntuntererane ibinyosha nabi”. Ikatiye ibubamfu akegamira wa mukobwa. Umuhungu yaca yumva amerewe neza umubiri wose ati: ”Ashiiii! Dawe wa twese uri mw’ijuru, ishaka ryawe ni riranguke uku nyene.” Abamubonye bati na wewe ga sha?

Ico mwiyumvira
  1. basha iyo leta tuyikoze iki. Hari umunsi wahariwe abagwanyi k’umugambwe uri kubutegetsi.
    tubafate

Amasezerano y'abayagira kur'urubuga ngurukanabumenyi rwa IWACU

Ivyiyumviro n'ibivugirwa hano ntibitegerezwa kurenga amategeko y'umubano mwiza. Mu bibujijwe kwandikira hano, harimwo amajambo y'amacakubiri afatiye ku bwoko, ibitsina, ukwemera kujanye n'idini, gutyozanya canke gutukana, amajambo ahamagarira gucanamwo, canke aza atanga amakuru ajanye n'ubuzima bwihereranye bwa muntu. Ikibujijwe kandi ni ugukoresha amasanamu canke ivyandikwa vy'abandi udatomoye isoko yavyo.
Iwacu ntizotiriganya mu gufuta icanditswe cose coza kirenga kuri ano masezerano, canke ivyanditswe bisubiwemwo, bitanzwe bitajanye n'inkuru vyandikiweko, bihayagiza ibidandazwa canke bidashingiye ku kwubahana hagati y'abahurira hano. Icanyuma : intererano izogirwa mu ndome nkuru izofutwa vuba.

Kwongerako iciyumviro

Votre adresse de messagerie ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *