Imico n'akaranga Ubuhinga

Hagiye kugurishwa vuba amareresi 50 ku muhora ngurukanabumenyi

Ngabo

Amareresi 50 y’abarundi agiye kugurishwa hakoreshejwe umuhora ngurukanabumenyi. Ngabo Rehonsi yemeza ko uwo mugambi ushigikiwe n’ishirahamwe «Udala Media » rikorera mu Bwongereza. – Vyanditswe na Ngendakumana Firipo «Udala Media» ni ishirahamwe mpuzamakungu ryo gutangaza amakuru. Ni ryo rigiye gukora ibishoboka vyose kugirango amareresi y’abarundi ashobore kugurishwa biciye ku muhora ngurukanabumenyi. Ivyo […]

Inkuru yose