Non classé

Abana barakoreshwa, guhembwa bigaca kure

Bamwe mu bana bari barindiriye guhembwa imbere y’ihingu riro ritonora ikawa Budeca ©Iwacu

Abanyeshure b’i Songa bahora mu buruhuko bariyungunganya bagaca amahera yo kugura ibikoresho vy’ishure muri Budeca. Ariko rero, mahera bayaronse induru zibanje kuvuga.–Vyanditswe na Kwizera Emeri Ku musozi wa Songa ahasanzwe hari ihunguriro ritonora ikawa Budeca ryahoze ryitwa Sodeco . Nk’isaha 5 zo ku mutaga, twahasanze urwaruka rwinshi ahanini rugizwe n’abavuga […]

Inkuru yose

Woba wari uzi Kayoya Mikaheri ?

Patiri Kayoya Mikaheri ©Iwacu

Kw’igenekerezo rya 8Kigarama 2013 hazoba haheze imya 79 patiri Kayoya Mikaheri avutse.Kuva mu mwaka w’2009, ikinyamakuru Iwacu caramwitiriye agashimwe gatangwa uko umwaka utashe ku mwanditsi yasumbije abandi. None Kayoya ni nde ? yamaze iki ? – Vyanditswe na Vyizigiro Jimi Erevisi Kayoya Mikaheri yavukiye mu Kibumbu muri komine Kayokwe mu ntara ya […]

Inkuru yose

Baritoye baratse !

Abashingamateka baraye bemeje kubice ijana kw’ijana impinyanyuro y’itegeko rigenga ibiciro bishasha kubidandazwa . Iryo tegeko ryemejwekugira bashobore kubona ahazova imiriyaridi indwi kugira bongereze amahera reta itegekanya gukoresha mucice ca kabiri c’umwaka 2013. Vyanditswe na Vyizigiro Jimi Erevisi Amatagisi nyongeragaciro yarakuwe kubice 18 kija kubice 10 kubintu vyankenegwa nkimiti, amazi,umwavu w’ikizungu, […]

Inkuru yose