Kumenyesha amakuru

Itangazo ry’Ikinyamakuru Iwacu : inkuru yarahinduriwe intumbero

Haraheze iminsi ibimenyeshamakuru bimwe bimwe vya hano iwacu bija birahindagura uko vyishakiye insiguro y’inkuru yaciye mu kinyamakuru Iwacu. Iyo nkuru yerekana ukugene abamenyeshamakuru bacu bahatswe kugwa mu mutego w’abantu bavuga yuko bafise inkuru ku bigize iminsi bivugwa vyerekeye imyimenyerezo ya gisirikare yoba ihabwa Imbonerakure mu gihugu ca Kongo. Abo bantu […]

Inkuru yose