Kaza imvura ihise

Arwanya inzara agatanga n’akazi

Nsengiyumva Emiri :“Ibizinu bifise akamaro kanini.”©Iwacu

Mu ntumbero yo kwironderera akazi akongera akarwanya inzara n’indwara ziturutse ku gufungura nabi, Nsengiyumva Emiri yashinze ishirahamwe ririma ibizinu. Vyanditswe na Vyzigiro Jimi Erevisi Ahejeje amashure ya kaminuza ntiyashimye kuja kugorana mu miryango canke ngo ayerere arondera akazi , yaciye yigira inama yo kwironderera akazi mu gushira mu ngiro ivyo […]

Inkuru yose