Intwaro ibereye

Gitega: abategetsi barihagiye itongo rya Reta

Ikibanza bagabuye kiri i Songa ©Iwacu

Ku musozi wa Songa wo muri komine Gitega hari itongo rya Reta bamwe mu bategetsi mu ntara ya Gitega bagabuye hagati yabo. Abanyagihu bo kuri uwo mutumba barishakira iterambere rusangi.–Vyanditswe na Kwizera Emeri Ico kibanza abategetsi bihagiye kiri ku musosi wa Songa hafi y’ishure nshingiro ryo kuri uwo mutumba ,kirenza […]

Inkuru yose