Inkino

Umupira w’amaguru: ihiganwa mu ntara ya Gitega ryaraye rirangiye

Ku wa 25 Gitugutu imirwi ya Musongati na Nazareti yarakinye urukino rwa nyuma rw’ihiganwa ry’i Gitega. Musongati yatsinze Nazareti bitatu kuri kimwe. Hari ku kibuga c’i Gitega.-Vyanditswe na Kwizera Emeri Abantu baje gushigikira imirwi bari benshi haba ku ruhande rwa Musongati canke rwa Nazareti. N’abakuru bamwe mu ntara bari bahishikiye. […]

Inkuru yose