Gutwara neza

Gitega : Amakenga ni menshi kw’itangwa rya karangamuntu n’iyandikwa ry’abazotora

Sindayihebura sirivesiteri buramatari w’intara ya Gitega ©Iwacu

Inama yatanguye amakenga ari ikirenga kw’itanga rya karangamuntu n’iyandikwa ry’abazotora mu migambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi. Umugambwe Msd wahavuye urahira ko utazongera kwitaba ayo manama. – Vyanditswe na Kwizera Emeri Harabaye inama igenekerezo rya 21 Myandagaro 2014 yahuza abarongoye intara n’abarongoye imigambwe yemewe n’amategeko, amashira hamwe adakiranira ivyicaro vya poritike, abakuru […]

Inkuru yose

Haraye hubatswe ibiro bishasha vya sentare y’intango

Inyubakwa nshasha za sentare y’intango yo muri komine Kayanza ©Iwacu

Sentare y’intango yo mu Kayanza yaraye ishikirijwe inyubakwa nshasha n’umugambi Gutwara neza ufashwe mu mugongo n’ubumwe bwa buraya. – Vyanditswe na Urakeza Sedrike Soredade Izo nyubakwa nshasha zigizwe n’inzu 7 harimwo iyo ku buraniramwo, ibiro vy’abacamanza, ivy’abagerefiye hamwe n’utuzu twa surwumwe. Kampimbare Yakoborina, umugerefiye ati: “ Ni umunezero udasanzwe kuri […]

Inkuru yose