Gutwara abantu n'ibintu

Isanganya ryatumwe n’ugukora akazi nabi

Imodokari yaguye mu muserege ©Iwacu

Ugukigitanira vya ngombwa vy’imodokari hagati y’abaporisi n’umudereva ni vyo vyabaye inkwezi y’ugutembagara kw’imodokari yuzuye ingenzi. Hari kuri uyu wa 5 Munyonyo kw’ibarabara Gitegaâ‚‹Karusi.–Vyanditswe na Ndayisenga Farasisiko Aho habereye isanganya ni kw’ibarabara Gitegaâ‚‹Karusi, nko ku metero 500 uva ku mahwane y’amabarabara Gitegaâ‚‹Karusi na Gitegaâ‚‹Ngozi. Aho twahashika,twasanze imodokari yo mu bwoko bwa Probox […]

Inkuru yose

Barajuragizwa n’ababaha impapuro za ngombwa

Kagongo” z’unguruza abantu i Gitega ©Iwacu

Amakarata atangwa n’ishirahamwe Otraco n’ayashumbusha abagize isanganya ntiyanditseko igitigiri kimwe ku bantu imodokari bita kagongo irekuriwe gutwara. Igiporisi gica kibaca ihadabu, abazigendesha babona ko barenganywa.-Vyanditswe na Kwizera Emeri Abo bunguruza abantu muri kagongo bavuga ko impapuro zisabwa kugira wemererwe gukora ari zitatu. Hari ikarata itangwa n’ishirahamwe rishumbusha , uruhusha rwo […]

Inkuru yose