http://www.iwacu-burundi.org/wp-content/uploads/2016/12/Mail-Room-VA-7dec.pdf
Sécurité

Attaque à la grenade au domicile de la journaliste Diane Nininahazwe

25-06-2015
Diane Nininahazwe

Diane Nininahazwe

C’est vers 19 heures de ce mercredi soir qu’une grenade lancée par des inconnus a explosé à Jabe au domicile de ce reporter de Bonesha Fm et VOA section Kirundi. Cette grenade n’a pas fait de dégâts. Cette journaliste était au salon avec sa mère quand cette grenade a explosé dans la parcelle.

Diane Nininahazwe affirme qu’elle recevait depuis quelques jours des menaces mais qu’elles se sont accentuées dès son retour d’un reportage fait à Bubanza sur des enlèvements des membres des partis d’opposition dans cette province du nord ouest du Burundi.

  10   Vos commentaires
  1. cumacindubaruba

    Ngi grenade bayiteye muri parcelle nawe ari munzu na nyina wiwe, nibazako ivyo bijanye na politique ahubwo atari iterabwoba kugira berekaneko bahirwa buhongo bironkere ingene baronka visa zo kujabuka canke badendereze le pouvoir kuko ntakuntu grenades zoterwa mwisoko hamango bananirwe nokuyitera munzu yumuntu. haruwundi yivugiye ngo grenade bayiteye kumuryango wi bureau vyiwe vyugaye nkakumwe umengo kuyimutera wewe vyari vyabananiye, politique ikinwa kwinshi. Noneho kwi jabe turahazi ingene hapanze suwariwe wese yinjirayo ndetse rero kuja guterayo grenade utari muri system yabo. abarundi turazinanye kandi napolitique dukina turayizinanyemwo nta secret ikibaho.

    • Amédé

      Si agaseseshwa rumuri, aba journalistes bavuga ivyo babona ntamutekano bagifise. Ntibakeneye ko barinda kwitera amagrenade kugira babahe amavisa. Nta gihugu kwisi kitazi ingene abamenyeshamakuru mu burundi bafashwe.

  2. meme

    iterabwoba niryo ribaranga!!

  3. Kirato

    Surement que ce sont des gens écervelés d’une autre époque (médiévale) qui réagissent ainsi!!!! None nkaho bungutse iki umuntu yariko akora akazi kiwe?? Mugabo rero ivyo vyose babikora binyegeje ninaco gituma mubona yaciye Aba umu star batabizi!!! Courage ma chère Diane!!

  4. kimeneke

    Igihugu imbonerakure zaragiciye umuyonga mbekobaturiye amaradio none bashaka iki

    • Nuko muririmba imbonerakure nizo zihajamabarabara ziturira ama modoka nabantu? Abashako amatora ataba nibo bagisibije bicuwobabonye baterubwoba abarundi ngo ntibaje mumatora. Baheze abobatoye ngobiherezihanda,abandi bahunge bizeyeko ngo bagire bagitware bagize coup d’Etat biranka.

  5. hat

    Ce pays est malade, comment on peut vouloir tuer une toute petite fille qui ne veut que vivre. Soit courageuse,n ai pas peur la vérité finira par gagner.

  6. NDAYISHIMIYE juvenal

    tout ca ne m etonne pas du tout puisque dans ces jour les journalistes surtout des radio prive ou etranger sont de plus en plus cibles.on ignore pourquoi mais on peut le deviner.chere journaliste Diane ne te decourage surtout pas meme si tu es dans le collimateur des tueurs,Dieu est toi donc personne ne sera contre toi.

  7. babwire

    Agateka k’abamenyeshamakuru ni kubahirizwe. Abamenyeshamakuru nabo nibareke guhengama.

    • Amédé

      Ntushobora kubuza umunzane guhengamira ahari ibilo vyinshi kurusha ahandi. Loi de la nature.

Publicité